Umumenyeshamakuru wa RTNB yari yahagaritswe yarekuwe

Yanditswe na IGIHE
Kuya 20 avril 2016 saa 10:50
Yasomwe : 49365
0 0

Prosper Nzeyimana, umumenyeshamakuru yari yahagaritswe n’igiporisi mu gatondo kuri uwu wa gatatu, bamusanze ku muhana iwe kw’i Jabe. Yahavuye arekurwa, ariko akaba atabwiwe ico yari yafatiwe.
Uwo mumenyeshamakuru w’isamirizi n’imboneshakure vy’igihugu (RTNB : Radio Télévision Nationale du Burundi) yari yafashwe n’abantu bambaye impuzu z’igiporisi,bakaba bari bamutwaye mu kibanza kitamenyekanye.
Prosper NZEYIMANA yahavuye arekurwa, ariko akaba atabwiwe ico yari (...)

Prosper Nzeyimana, umumenyeshamakuru yari yahagaritswe n’igiporisi mu gatondo kuri uwu wa gatatu, bamusanze ku muhana iwe kw’i Jabe. Yahavuye arekurwa, ariko akaba atabwiwe ico yari yafatiwe.

Uwo mumenyeshamakuru w’isamirizi n’imboneshakure vy’igihugu (RTNB : Radio Télévision Nationale du Burundi) yari yafashwe n’abantu bambaye impuzu z’igiporisi,bakaba bari bamutwaye mu kibanza kitamenyekanye.

JPEG - 36 ko
Prosper NZEYIMANA, umumenyeshamakuru wa RTNB

Prosper NZEYIMANA yahavuye arekurwa, ariko akaba atabwiwe ico yari yafatiwe.


Kumenyekanisha

1
Liberat 28-04-2016 à 20:06

Ahubwo Narabe Ingene Vyogenda Akure Meza Ivyaburundi Bisigaye Biteye Amakenga Kuk Je Mbona Atagishasha Ciy Letat Ya Nkurumbi.

2
ndjgt 27-04-2016 à 22:51

por muzh !!!’ !?

3
Ana 21-04-2016 à 07:22

Ucarikura,vyuramasongaho,gasopo,uhawe,zezeta,uyomunywaubewawugaye,rurosubire,kuvuga,nguhayuratangainkuru,

4
c 20-04-2016 à 21:45

Iconovuuga nosabako iyo bishits abaporis boza bavug aho bajany umunt uwariw wes

5
cakira 20-04-2016 à 17:55

oyaaa police ikora akazi kayo nukuyorohereza mukazi kayo narirya mwijabe hakiri mujeri

6
MAHORO 20-04-2016 à 16:03

KURA MEZA MUTAMA IYO NI AVERTISSEMENT HUNGA VUBA IMANA IRAGUKUNDA HUNGA.COM

7
Jmaojmd 20-04-2016 à 13:10

Imana Ishimwe

8
jjk 20-04-2016 à 12:02

gEndawabwawe.urarusivye.nkurumbiyarakwirahiye.naburyanuko.urumutut---brugendaka—re

9
SCOTT 20-04-2016 à 11:05

Nareke kubaza ictumye bamufata ahubwo namba aruwonyumva nakure amaguru hasi hama ibindi azobikurikurana canke azobitohoza munyuma nayahandi aha iwacu uwutahazi arahabarirwa reka ndamwihoze je ndakwise MPATSWICUMU agapfa kab uriwe nimpongo !!!!

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha