Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Poritike
Umurwi ugira kane uvuga ko uje kurwanya ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA wavutse
Yanditswe taliki ya 12-02-2016 - isaha 12:03' na IGIHE

Mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2016, umurwi wiyise UPR (Union des Patriotes pour la Révolution) wamenyesheje ko ugiye kurwanya ubutegetsi bw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ubicishije mu nguvu yaba iza gisirikare canke iza poritike.

Muri iryo tangazo ryatereweko umukono i Karusi n’uwitwa Victor NDAYAHARANIRE avuga ko ariwe ajejwe kumenyesha amakuru muri UPR (Union des Patriotes pour la Révolution), bamenyesheje ko ubutegetsi bwa CNDD FDD bwananiwe n’ugutora inyishu z’ibibazo uwo mugambwe nyene uri ku butegetsi wagirizwa na UPR ko ariwo wabiteye mu guhonyanga amasezerano y’i Arusha n’ibwirizwa shingiro.

Muvyatumye abagize uwo murwi bafata ingingo y’ugukoresha umuheto, iryo tangazo rya UPR (Union des Patriotes pour la Révolution) rimenyesha ko ari kubera babonye ko ubutegetsi bwa Petero NKURUNZIZA butiteguriye kwibaba ibiganiro bihuza bose mu ntumbero y’ukugarukana amahoro.

Iryo tangazo rya UPR rikamenyesha ko inzego zigize uwo murwi zizomenyesha mu minsi ya vuba.

Umurwi UPR umenyesheje ko ufashe ibirwanisho vy’ukurwanya ubutegetsi bw’Uburundi inyuma y’iyindi mirwi itatu nayo yashize ahabona ko yafashe umuheto. Iyo nayo ni FNL irongowe na Aloys NZABAMPEMA, RED TABARA hamwe na FOREBU irongowe na Général Godefroid Niyombare.

Itangazo rya UPR

Ivyiyumviro vyanyu

Nimukomezinguvu Turinyuma Arik Amazi Yarenzinkombe Police Iratugeramiy None Hoh Tuzorindira Kugeza Ryari Eregaratumaz

9.06.2016 à 21:15
Niyomwungere Emmanuel

icobakeneye,bazokibona,turitayari,kubakubita,nibanesha,reta,nabarundi,twese,hamwe,tuzobareka,ariko,ntibishoboka,kuryakudeta,yabananiye,bagahunga,nikobazonanirwa,bishikane,nabana

9.06.2016 à 11:45
akimana,orivier,,

Natwe Abanyagihugu Tuzobibafasha

24.02.2016 à 13:11
Jeans Junior

Jewivyombona Kura Bobagombagutere Uburundi Nibareke Retayacu Irimagabo Kandi Natwebwe Abenegihugu Ntituzobihanganira Kandibamenye Yuko Twagwanye Vyaheze Ico Twaharaniratwarakironse Nibazemumatora Nkabandi Jewe nivyondabona Kuko Bazohere Kuntango Atanicobarashikako

23.02.2016 à 11:56
HABONIAM’ANA CRAUDE

ABOBARWANYINABA SOJBY BAKE KANDIBAKIYEMERAN ABANTU BATUMA INZEGOZOSE ZUMUTEKANO BAMANA UBWOBA NAPREZIDA NYENE MWUNVA ARABOGUKOKEZANGONIBAZA NYABUNANTAKEZAKINTAMBARA JEMBONA MWOKWEMERAMUKAGANIRA MUKAYAGAMUHUZA TWETWISHAKIRA AMAHARO ASANTESANA

18.02.2016 à 19:30
NI WA SA FI SAFI

Nibaz Twaritwakumbuy Kubamesa. Nibaz Tubagabanye. Turiteguy Pe !

17.02.2016 à 16:05
Mwari

Nibaz Twaritwakumbuy Kubamesa. Nibaz Tubagabanye. Turiteguy Pe !

17.02.2016 à 16:04
Mwari

Ndi Jamari Ibuyengero Mana Tugarukire Uburundi Bugezekure

16.02.2016 à 17:33
Jamari

Ndi Jamari Ibuyengero Mana Tugarukire Uburundi Bugezekure

16.02.2016 à 17:32
Jamari

MANAGARUKIRUBURUNDI ! UBUHAGARARIREGOGSETURARAMBIWENINDYANE.NTABURONGOZIBUTAVAKURIWEWE.AMEN

15.02.2016 à 20:15
SALIFU GITANGA

MANAGARUKIRUBURUNDI ! UBUHAGARARIREGOGSETURARAMBIWENINDYANE.NTABURONGOZIBUTAVAKURIWEWE.AMEN

15.02.2016 à 20:13
SALIFU GITANGA

ngabonintwari muvyukuri abo bose bavuga ngo baserukira ibirobere bopfuma binjira bakarwana hama amakungu agatabara hakareka kuguma hapfa umwumwe mufate nintara yoyo ?

15.02.2016 à 12:59
NGabonintwari

Jewe Kubwanje Ndibaza Ko Hari Ivyo Uwo Mugwi Wipfuza Kugerako Nkaca Mbaza Nti : None Uwo Mugwi Nuwabantu Bavuka Iburundi Koko ? Hoho Imiryango, Incuti, Ababanyi, Nabagenzi Vyabo Ntibiri Ngaha Iburundi ? None Nibaza Gusenyura Inzego Bakananigwa Nkabambere Bazoca Bajahe ? Hoho Sitwebwe Inzirakarengane Ataho Twegamiye Tuzobipfiramwo Nibumvikane Kuko Inguvu Ntizikora

15.02.2016 à 08:59
Adrien Mahwahwa

JEWE,NGOMBA,NKURUNZIZAYAKOZEVYISHI,VYIZAUMUGOREWANJEAVYARAKUBUNTU,ABAMWANKA,NIBAREKEGUHENDWA,ARIMASO,KANDINTACOBAREMEKIBARA,ANGIRIBERI,UMUSHINGAMATEKAWACU,NIMWIRAMBIRE

14.02.2016 à 21:47
SWAREHE

JEWE,NGOMBA,NKURUNZIZAYAKOZEVYISHI,VYIZAUMUGOREWANJEAVYARAKUBUNTU,ABAMWANKA,NIBAREKEGUHENDWA,ARIMASO,KANDINTACOBAREMEKIBARA,ANGIRIBERI,UMUSHINGAMATEKAWACU,NIMWIRAMBIRE

14.02.2016 à 21:47
SWAREHE

nukuri nukuri.abo abobagabo ntakindibakeneye.twese duhagurukire rimwe turwanire ama horo turikoturangararakubwi we inzara irimukutwicira mugahinga kubwiwe. turiteguye gutanga intererano !!

14.02.2016 à 12:34
nduwingoma anex

nibareke umuheto baje mubiganiro kuko umuheto bigoye kuko gutangura birorshe ariko bamenyeko mutangura muri100 mugataha muri cumi babwire bareke

13.02.2016 à 22:29
edson

nibareke umuheto baje mubiganiro kuko umuheto bigoye kuko gutangura birorshe ariko bamenyeko mutangura muri100 mugataha muri cumi babwire bareke

13.02.2016 à 22:28
edson

TWEMERA RETAYATOWE NABARUNDI AHUBWO IYOMITWE TURAYAGANYE NI EDUWARI IKABARONDO

13.02.2016 à 22:22
NDI EDUWARI

murashinga n’iyindi tw abarundi tuzobarwanya kand tw ntabwoba,nimwemerko mutama yabatsinz ?

13.02.2016 à 20:57
MBIRIZI
1 | 2 | 3

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.