Accueil > Amakuru > Ubutungane > Umutahe wo guhagarika Vital Nshimirimana uri ku kibuga c’indege
Umutahe wo guhagarika Vital Nshimirimana uri ku kibuga c’indege
lundi 27 Ndamukiza 2015
Umutahe wo guhagarika Vital NSHIMIRIMANA aserukira urunani rw’amashirahamwe adaharanira inyungu za politike wasohotse.Amakuru avuga ko uwo mutahe uri ku kibuga c’indege ca Bujumbura.

Uwo mutahe wasohotse inyuma yaho abari mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike n’abari mu migambwe itavuga rumwe na Reta,bahamagariye abarundi kwitaba imyiyerekano yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza arongoye Uburundi.
Vyari bitegekanijwe ko Vital Nshimirimana afata urugendo rumushikana mu gihugu ca Tanzaniya aho yari kuba yitavye urubanza afashamwo ruhuza Reta n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike.
Gushika kuri uno mwanya, hari amakuru avuga ko Petero Karaveri Mbonimpa yoba yamaze gufatwa.
Van Naris Mugisha
Messages
27 Ndamukiza 2015, 13:00, par jean claude
None bamaz kumufata?
27 Ndamukiza 2015, 16:01, par Melchiade
Nanone Umushikiriz,amanza Yariyatevye Ariko Kavyibutse Ntabacan,utaru Cakira Acaduganwa Mu Cankuzo Nihamanyama Yohera
27 Ndamukiza 2015, 22:23, par Nyene
Ntikabaterane umutaro bahengere basutse murudubi abatagira iyobaja bakacabigira nkumugabo afise ingonyishi atahira mugatagatange.
27 Ndamukiza 2015, 22:41, par vuganeza
Ico kiryabantu,un pervers et un detourneur de mineurs mumushire kure y’imisore muri prison,uyo mwicanyi yamaze abahutu mu mashuri,bariraba bakumva ari ba ntakogwako
28 Ndamukiza 2015, 10:08, par Jean
Uwo musega nibawupfunge. Il se prend pour qui ce petit con. Urabona ukuntu yigira surivu iyo mbwa !!!!
28 Ndamukiza 2015, 20:47, par Kwisé
Nibabate Vital Na Mbonimpa Ariko Ntibafashe Ba Vital Naba Mbonimpa.
28 Ndamukiza 2015, 21:03, par Kwisé
Mwebwe Muvuga Ngo Nimbwa Namwe Muri Utubwa Kubera Abo Barakuze Bazivyinshi.Ninde Batay Mukaga?Abo Bariko Barapfa Nibo Babica?Shaka Muvuge Ivyo Mushaka,Bapfe Babapfire Kndi Nukubica Mwobica Ko Mwarinze Mwugara AmaRadio Mvugakuri.
15 Rusama 2015, 22:14, par Mukunzi
None bamwagiriza iki?ahubwo nibara abandi.