Umuyobozi w’ikinyamakuru IWACU yatumweko mu butungane

Yanditswe na IGIHE
Kuya 14 Munyonyo 2015 saa 06:28
Yasomwe : 60219
0 0

Antoine Kaburahe, umuyobozi w’ikinyamakuru IWACU yarungikiwe umutahe w’ukwitaba ubutungane kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 16 Munyonyo 2015.
Umutahe w’ukwitaba ubutungane washikiriye Antoine KABURAHE umuyobozi w’ikinyamakuru IWACU kuri uwu wa gatanu, akaba yabwiwe ko ari mu ntumbero ya dosiye RMPG nomero 697/MA, ijanye n’ugushaka guhirika ubutegetsi kwabaye kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.
Kuri uwu wa mbere kw’isaha zitatu z’agatondo, niho Antoine KABURAHE azokwitaba muri sentare ntahinyuzwa, (...)

Antoine Kaburahe, umuyobozi w’ikinyamakuru IWACU yarungikiwe umutahe w’ukwitaba ubutungane kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 16 Munyonyo 2015.

Umutahe w’ukwitaba ubutungane washikiriye Antoine KABURAHE umuyobozi w’ikinyamakuru IWACU kuri uwu wa gatanu, akaba yabwiwe ko ari mu ntumbero ya dosiye RMPG nomero 697/MA, ijanye n’ugushaka guhirika ubutegetsi kwabaye kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.

JPEG - 60 ko
Antoine KABURAHE umuyobozi w’ikinyamakuru IWACU

Kuri uwu wa mbere kw’isaha zitatu z’agatondo, niho Antoine KABURAHE azokwitaba muri sentare ntahinyuzwa, akaba azokwumvirizwa na Barbatus Ntakarusho.


Kumenyekanisha

1
gahungu 20-11-2015 à 14:50

nukugenda witunganije ikintu cose wasenze wishire mumaboko yimana amen.

2
S PAUL 15-11-2015 à 21:29

Ubutungane,ego tuvyemere kandi uyo Antoine aritaba ntaco azoba kandi ni mureke kumutera ubwoba Ubutungane nyakuri ni ubwa Yehova. soma Yesaya 12:2

3
Avec 15-11-2015 à 19:23

Uravye ivyoyandika ashobora kuba arimubisigisigi vyabashatse kudushira mucago cakudeta , jewe buryanamankurikiraba ivyoyandika nkahebankibazako icokinyamakuru cobagikorera mukinyegero kitazwina l’etat!? Namanategereje ngondebe ahocanditse ivyo leta yakozevyiza nkasanga ntabibako ariko nagenda mugihugu nciye kurubuga rwitwango KU KIVI nkabona ibikorwa vyishi, nkibazanti ikikinyamakuru kibibwiye amasomyi vyocononera iki? Nkacanibaza kwarikinyamakuru cabatavuga rumwe na reta, abamenjeshamakuru nabanditsi bamezeguti ntibazigera bicarahamwe ngobatekane nubwowokorera mwivyo bihugu vyatubanjireje guterimbere ntamahoro wohagirira ariko muvyambere bogukorera bokwaka urupapuro ruguha uburenganzira bwogutangaza amakuru

4
Gahutu// 15-11-2015 à 15:16

Niyitabe Mugabo Ha barabe Neza Ntibaje Bararenganya Babantu

5
maso 15-11-2015 à 14:09

mbe uwo yotembagaza ubutegetsi bigenze gute? azira umwuga. twarabonye ko yerekanye amasanamu y, abagandaguwe n, abapolisi bavuye gushingura uwabo. ntakindi bamuhoye ntibabese.

6
Sindumuja Pierre Buyoya 15-11-2015 à 10:50

Yewowe !! Uwo mupfapfa nibintu yandika asebya uburundi. Nimumukanire urumukwiye

7
.com 15-11-2015 à 06:24

SHAWEWE URAGIYE PEEEEE JEWENDAGIZUBWOBA NARIRYA URUMUTUTSI BAYI TUZAHURIRAKUMPANDA KUMBURUGENDE UBACIKE

8
mindi 15-11-2015 à 06:12

imana iramubona niyo ikingira ikongera ikazigama impahazwa

9
Munyagihugu 15-11-2015 à 03:27

Ngo ubutungane bwamutumyeko??? Burya burabaho? Hah! Bwana Kaburahe uraraba neza ko itegeko ritoba ryavuye hejuru umenye uko uzokwifata.

10
Alain 14-11-2015 à 21:49

Kora kora irabandanya mtama Kaburahe bagira baguhore kurumututsi mugabo barahumba imana ntiheranwa iteba gusa kwishura.

11
Braize 14-11-2015 à 21:15

Uburundi ikibazo ntikiri imbere ahumbwo. Kiri inyumaa.ntagihugu nakimwe nibi vyiburay . Vyemera akajagari.itagazamakuru ntiriba opposition riba umuvugira bose.
Kwitaba rero sagacamutwe Twizeye ko azoba umwere yarafashije canemukuduha amakuru twebwe abari inyuma yigihugu.
imanaimuje imbere.

12
HARABABA 14-11-2015 à 20:14

ARAGENDA AGAVYE HARANYERERA

13
Braize 14-11-2015 à 18:47

Ntatunye ubutungane bubereyeho ukure.
Ariko kandi bimubere isomo

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha