Accueil > Amakuru > Ubutungane > Valentin Bagorikunda: "Abagandaguye Gen Adolphe Nshimirimana bamaze (...)
Valentin Bagorikunda: "Abagandaguye Gen Adolphe Nshimirimana bamaze kumenyekana"
dimanche 9 Myandagaro 2015
Umushikirizamanza kizigenza wa Republika Valentin Bagorikunda,yamenyesheje ko abakoze igitero cahitanye Lt Gen Adolphe Nshimirimana kuw’Imana igenekerezo rya 2 Myandagaro 2015, mu Kamenge,bamaze kumenyekana.
Mw ‘itangazo yashikirije inyuma y’ indwi imwe gusa Lt Gen Adolphe Nshimirimana yitavye Imana,Valentin Bagorikunda yavuze ko abagandaguye Lt Gen Adolphe Nshimirimana bamaze gufatwa ariko ababatumye bakiriko bararonderwa.
Muri iryo tangazo,umushikirizamanza kizigenza wa Republika yavuze ko imodoka yakoze mu bwicanyi yavuye mw’ikambi y’abasirikare yo mu Ngagara ,ariko bahejeje kuyikoresha ubwo bwicanyi baciye bayijana kuyituririra ku Musaga.
Mwomenya ko inyuma y’igandagurwa rya Lt Ge Adolphe Nshimirimana,umukuru w’igihugu mw’ijambo yashikirije yasavye ko mu ndwi imwe abakoze ubwo bwicanyi boba bamaze kumenyekana.


Van Naris Mugisha
Messages
9 Myandagaro 2015, 18:22, par Muyahudi
Nivyiza kuba amatohoza yihuse gukogwa inkozi zikibi zikihutigwa kumenyenkana nizisengejw imber yurukiko ese amatohoza yohora yihuta gukogwa nkuko nokubandi vyobari vyiza gusumba
9 Myandagaro 2015, 18:22, par celestin
Nubwo bivuzwe gutyo amakenga ntaheze!Ko
Adolphe yakorera leta n’iyo cambi yakoresheje iyo modoka y’agisirikare ikaba ikorera igihugu, mwoyumenyera bamuzizije iki? Mana tabara!Ibinyegezwa ni vyinshi I Burundi!
9 Myandagaro 2015, 18:52, par Scott
Ubwo nububeshi abo mwafashe sibo ahubwo nimubasabe ikigongwe kuko ntamaraso abariko none ababikira nabandi banyagihugu ko mutakoze amatohoza rudolfo niwe afise amaraso wenyene? Ntanisoni mugira.
9 Myandagaro 2015, 19:07, par Kariyo
Ariko N, Akamaramaza? Ubwo N, Ubutungane Nyabaki? Abishe Umwicanyi Baramenyekana. Mbe Abishe Mbonimpa Imana Igakinga Bo Ni Bande? Zedi Feruzi, Abana Babiri Bicanywe Na Se Bo Ni Bande? N, Abandi Isinzi. Ahoga Muuze Abishe Kuri Uyo Bagorikunda. Ariko Abarundi Ntibihebure Ubutungane Buhengamye Buzohera
9 Myandagaro 2015, 19:07, par umuhoza
None ni bande turakeneye amazina yabo.
9 Myandagaro 2015, 19:08, par Meddy
Mana Kko Nukuri?Turakwinginze Ww Uzi Ukuri Kwose Ukugaragaze Ntihagire Uwubesherwa Canke Ngo Arenganywe!
9 Myandagaro 2015, 19:20, par BOWAS
REKABAFATWE IYOMIHIMBIRI
9 Myandagaro 2015, 19:26, par nyoma
mana tabara abana bawe babarundi kuko twebwe turarushe
9 Myandagaro 2015, 19:32, par Tubirabe
Ngaho da birabonetse ko uwahora akora ubwicanyi aruyo nyene yapfuye kuko bwakorwa amatohoza ntashire ahabona ababikoze tukibaza ko ari ubushobozi buke bafise none ngaho kuri we bahise bamenya ababikoze.None gayemwe ubwo bokora nayandi matohoza bakatubwira vyukuri ababikoze,erega nimba ariwe naho yapfuye bomucira urubanza.Ariko nabagorikunda amenye ko ivyakora vyose bizomugarukako,ikindi ngo uwicishije inkota izicishwa ninkota.Dossier ya Ernest M.dossier ya ba FNL na dossier Gatumba none karaciye ingani iyuwo yabikora bimuguyeko we iranyarutse bandanya mukore ibibi ariko mwese muzovyishura.
9 Myandagaro 2015, 19:41, par venu pro
murakoze kuduha ayomakuru mubandanye mutohoza mutubarire umuntu yakoze ubwicanyi
9 Myandagaro 2015, 19:49, par Muhuza
Komera Kumatoh6za
9 Myandagaro 2015, 20:00, par risuba
izontovyi nimuzifate imana niyo icira urubanza uwayicumuyeko ntawe uwuhoraho yahaye guca imanza uwuzosesa amaraso yamugenziwe imana izoyamubaza abarundi dukundane
9 Myandagaro 2015, 20:02, par kwizera zabulon
mbegak abomucungerey ubuzim bwabant arib batwihinduk bigiy kujai?bash nah’Imana kabisa!!!
9 Myandagaro 2015, 20:05, par Ndnwimana Iddy
vyoba vyiza bamenyekanye bagashirwa ahabona,kuko mu benegihugu hari amakenga yokumenya ukuri kuruphu gwa lt gnl Nshimirimana MAnirakiza.
9 Myandagaro 2015, 20:07, par Waldens
Nibicwe Nabo Nyenbe Kuko Bakoz Ishano
9 Myandagaro 2015, 20:08, par saidi
Vyotubera vyiza mutweretse amafoto namazina yabo bamenja barota gusubiza abarundi mwihumbi
9 Myandagaro 2015, 20:32, par ZENO
MBANJEGUSHIMIRA, ABAKOZE AMATOHO NTIMUBONA,KARIYAMAKAMBI,YATUTSI,NAYAMAQARATIYE YABO BASUBIRIY?NIBADUSOTORE,BAZOTUBONA
9 Myandagaro 2015, 20:32, par IZOBIRA BTANGARE
MBEGA NIBANDE? KOMUTABVUZE UBWO NTIMWOBA MURIMWO MBEGA MUZOMUHAMBA RYARI IMISA IZOBERA HEHE?
9 Myandagaro 2015, 20:34, par Vitari
None Nibangah
9 Myandagaro 2015, 20:38, par NIMUBONA
Ayo matohoza hamw atoba ari ayarenganya abantu vyoba ari vyiza.Abarundi boba batanguy kwisubiza agashambara mukugira amatohoza.Ariko ntimurementany ngo murengany abantu nkabimw vyaba kuri wamusore yagirizwa ba babikira.
9 Myandagaro 2015, 20:39, par Iyobuba ubwumwe bwari ikindi!
HAHAHAHA ASHA BURYA ICISHE UBURUNDI NUKO TWAMA TURONDERA KWIGIRA ABANYABWENGE TUBICISHIJE MWIZO NKINAMICO ZACU ZA MISI YOSE MBE NKAHA PETER AHAYE YITEZA UTUNYONI KANDI ARIWE YAGANDAGUYE RUDOLUFE NKIBI AHAYE ADUHENDA YIYUMVIRA YUKO TWE TUBAYE ABANA BIWE CANKE NYAMBA AHENDA INZOYA ZAVUTSE UMUSI ARASA RUDOLUFE NAYO TWEBWE NTIBIKUNDA BASI! UMUNTARIWE YARAJEJWE GUSUMA URUSAKU MU BURUNDI BWOSE NUMUTEKANO NI GUTE ATARI KUMENYA YUKO AHIGWA NARIRYA YARASIGAYE ARI HEJURU YAMATEGEKO YOSE IYAVA AKAGERA PETER YARAMAZE GUSHISHWA NAMABWA YAMA AMUKORERA AMUFATIRA PISTOLET KUMUTWE NARIRYA YARI YARAHENZE RUDOLUFE NGWAZOHA MUKIWE KURONGORA ASSEMBLEE ABONYE BIDAKUNZE NIKO GUCA AMUGANDAGURA MUGA YAGIZE VYIZA NATWE ABARUNDI TWESE TWARABIKENGURUTSE!
9 Myandagaro 2015, 20:45, par nic nde
vyoba vyiza bigiye ahabona.aririko mukomerezeko nayabandi.
9 Myandagaro 2015, 20:50, par kimwehumwehu
non amatohozwa anyaruka iya peter abishats gusa abishe bababikira, ernerte manirumva, ndaday bo nibande? turasavy nokurabo nkuru ah uruhusha bagorikunda kko ndabony araz gukora akazi neza gusa yakeny uruhusha rwa nyakubahwa.
9 Myandagaro 2015, 21:08, par emma
emma
none nyakubahwa bagorikunda ko twebwe abanyagihugu aritwe twahekuwe abobishe nyakubahwa general ntimwobatwereka uko basa canke mukabaduha tukabihanira? mbega mwabonye unomusi ingene abarundi bari bashavuye aho bashika iryambere aho yarasiwe?
9 Myandagaro 2015, 21:21, par NAKAMUNA
JEWE HARI IKIBAZO MFISE GIKOMEYE ,,NIMBA DORUFU YICIWE KU KIRIMBA KWA NKURUNZIZA,,,IYO NAMA BAGIRA KU KIRIMBA IHERA MU BISANZWE SANGAHE ? KUKO KUVA KU KIRIMBA UJA HARYA BATEREYE MU KAMENGE ROQUETTE NUMUDUGA NTA NA 5 MIN UHAGENDA. NONE IYO NAMA YABAYE MU GATONDO KO BAVUGA BATEYE AYO MA ROQUETTE VERS 8H30 IRENGA GATO,,,ABO BA AT KUBER IKI BATATAYE NGO BOMOKE BABONYE BATWAYE IKIZIGA ? BARI SOUS MENACE ? IKINTU GITUMA ADAHAMBWA NGO FAMILLE IRIRE IRYANYUMA NI KUBERIKI ? OU NIMBA YARAHAMBWE KUBER IKI UMUNTU YARI AKOMEYE NKA DORUFU YOHAMBWA MU MPISHO ? toute une litanie de questions sur urupfu rwa Dorufu. Gusa ico nibaza umupfasoni Bénigne Rurahinda niwe yoba azi ukuri kwose , ko boba barararanye urya musi buca agandarurwa ou ko yarindiriye ko ataha akabura, akwumva kumwe natwe ivyabaye,,laisser l’affaire au temps et ce dernier nous en fera les détails,,,
9 Myandagaro 2015, 21:25, par ntakidashoboka
Abobatuts.utinimutekereze’bigishoboka.mbekotwetutajetubica’nkukobagirakuntwroyabo.shanibivyimvye.baratomboye.batombo.sndd.efdd.ikona’nimana.iyitabibaharira.harihabontovyogoramumisi.nine.iru’ndiyamyeyihanganirintumva
9 Myandagaro 2015, 22:27, par ryqq
hhaaaaaaa,asha role yububeshi murayishoboye ntakindimuzi basi ariiko nivyo ntakindi mushoboye
9 Myandagaro 2015, 22:28, par ryqq
hhaaaaaaa,asha role yububeshi murayishoboye ntakindimuzi basi ariiko nivyo ntakindi mushoboye
9 Myandagaro 2015, 22:31, par None?
Abobantu mubatwereke bashatse kwibazako ivyokugira imbarutso ngwabarundi basubiranemwo bigikora. Umva umukuruwigihugu yararivumereye ko uwuzowatsa uzomuhererako ukamuzimirako, ntamuhutu azosubira kwicwa azira ivyatazi iyobiva bikaja , ntamututsi azosubira kwicwa azira ivyatanzi iyobiva bikagera, numutwa nikwokukwo, nabobantu harihigihe mwozosanga arabatutsi babikoze ariko ntibisigurako arabatutsi bi Burundi bose babikoze, canke bakaba arabahutu ntibizoharurwa kubahutu bose babarundi. Ariko nubwobirukwo abaribobose uwobadushira imbere ndibaza kotwomuryanamenyo kubera ishavudufise apana kuzaguhohotera umwanawiwe, umugore, canke umuryangowiwe ndushaka nyenekubikora wenyene ubwiwe.
9 Myandagaro 2015, 22:34, par Munyagihugu
Jewe nama mvuga ko mu Burundi ata butungane buriho. Sinzi iyo Bagorikunda n’aba dd bize Droit, ariko mu bisanzwe ntushobora gutangaza ko hafashwe abishe Adolphe ata rubanza ruraba. Umuntu iyo afashwe itwa iwikekwa "duspect". Iyo yamaze gukorerwa dossier yitwa uwagirizwa canke uwurerwa (n’umushikirizamanza). Uwurerwa amaze kwiregura, umushikirizamanza nawe akazana ivyemezo, aba avocats bakunganira ababuranyi, ivyabona bikwumviriza, abacamsnza bonyene nibo bemeza ko umuntu yakoze icaha canke ko yera. Biramaze gushika n’aho umushikirizamanza ashengeza abataribo. Akarorero ni dossier Gatumba aho absgirizwa badomye urutoki ku babikoze ariko kakaba akamizwe n’ingoma, uwubinzi Nzarabu agaca yicwa. Akandi karorero ni urupfu rw’ababikira 3 kwa Buyengero aho bavyagirije umusazi.
N’uwutize aha aca yumva umukino wa Leta ya Nkurunziza uko uteye.
9 Myandagaro 2015, 22:49, par Pontien N.
Imana gusa niyo izi ukuri abacamanza n’abashikiriza manza mweho mwoduhenda, mukabishira ku nzira karengane. Ariko urwo mucira abandi namwe nirwo muzocirwa, kandi uwicisha inkota nawe azicishwa inkota! Uwurenganya nawe azorenganwa, uwugira neza nawe azogirirwa neza: ni Yesu Kristo yabivuze!
Abezwa ni mwezwe, nayo abandura nibandure ariko Imana igira ihore amaraso y’abarengana! Ihane bigishoboka wewe ukiri mu macakubiri, nturindire ko urubura rugwa ku gihugu ukipfuza kwihana bitagikunda.
Uwumva niyumve! Ndavuga simvura!
9 Myandagaro 2015, 22:51, par kabizi
Mbe Bagorikunda izina niryo muntu pita akubwiye gutohoza mundwi imwe uba wabikoze iyo droit yawe ninfagusa erega uhembwa amahera yigihugu si umufuko wa pita haba namba . Ko mbona uzi akazi ntakuntu wotohoza abishe ba babikira na manirunva mundwi emwe ivyanyu biza kubateterukana ubwo uribuka ko murahira mufashe idrapeau ryigihugu pfa mwambaye. Itohoza rya Mbonimpa nta numwe irigutumye warunvise pita arigutumye Imana iramubona kuko harya ukora iciza ukagisanga imbere ba mufuruguta ivyanyu munumeeeeeee
9 Myandagaro 2015, 22:53, par Munyagihugu
Amatohoza ku bishe Adolphe aroroshe kandi aragoye. Icibonekeza kandi kidaharirwako ni uko abamwishe bari bazi neza programme ziwe, iyo avuye, iyo agiye, umusi azojayo, isaha, umunota, inzira afashe, imodoka arimwo, etc...Vyontangaza mugihe boba ari abasoda csnke abapolisi basanzwe boba bari bafise izo informations zose kuri General. Niyo modoka yakoreshejwe bavuga ngo yatuririwe ku Musaga jewe ntayo numvise ngira yaciye iba umunyota ata wurayibona. Iyigeze kuhaturirirwa nari numvise ngo ni iyo muri documentation. Igipfungu mugani wa Kiramvu.
9 Myandagaro 2015, 22:55, par petero
Jewe petero ndazi uwamwishe, murambaza ndababarire mutarinze guhora ubusa abantu. Hahahahhaha
9 Myandagaro 2015, 22:59, par Petero
Ewe Bagorikunda nawe warubazi kuko ntushobora mundwi imwe kuba wabatoye utari ubazi, nimureke gukina imico vyose turabizi kurya mubizi, plus tard ukuri kuzoja ahabona.
9 Myandagaro 2015, 23:02, par Gakima
None ga Valentin ko mbona uzi ubwenge, ntakuntu worondera uwisha ba babikira nabo mundwi imwe, tuzoca tugusengera ku mana ikugire umuntu atabesha
9 Myandagaro 2015, 23:05, par kabizi
gggggg
9 Myandagaro 2015, 23:12, par gakima
Ayo maso yawe yaturumbuwe no kubesha. Ariko aho nta soni rindira jewe petero ndabishire ahabona vuba wa mubeshi we, iyo droit yawe ni agatangaza.
9 Myandagaro 2015, 23:16, par kabizi
erega jewe ndumukuruwigihugu nkora ico nshatse natumye ndakugarika arakugarika mwarabonye umu general aryama hasi aryamitwe numu caporal.
uwutanguye ingwano iherera iwe . baramuvutiye burundi bwanyamurunga.
10 Myandagaro 2015, 01:26, par KEYISHA NADEL
IZINA KEYISHA NADEL KUBA BAFASHWE NIVYIZA ARIKO IGIKURU NUKO MWOTUBWIRA ICATUMYE BAMWICA NEZA NA NEZA KUKO KIRAHARI KANDI BARAKIZI MUTATUMENYESHEJE NTAMATOHOZA MUZOBA MUKOZE AKWIJE KANDI MUKUTUMENYESHA MUBICISHE NO KU TV TUBIBONE NDETSE NAMAJWI TUYUMVE NIHO TWOMENYA AHO BITAGENDA NEZA MURI LETA YANYU MULAKOZE
10 Myandagaro 2015, 02:48, par Erc
Uhorah niw aca urubanza!arko ijambo ry’imana rivuga ng:akabi kazokwamaho arik hagow uw akabi kazovako!
10 Myandagaro 2015, 07:13, par UBWOKO BW’IMANA
HAHAHAHA NATWE ABATUTSI TUBABWIYE TUTI MWABAHUTUMWE BINTAGONDWA BIMBONERAKURE NIMUCIRE BIRARURA KUKO TWEHO NTIMUKORAKO MBE AHO MWINYAZA NGO NTIMWAJE MUTWICA MWARI ABARI BUDUSHOBORE? KIRA NUYUMUSI NTIMWOGENDA MUDUSHOBOYE MAMA YANGU! MBE KO MWAMA MUGOMBA KWIGERERANYA NA NYAKUBAHWA PAUL KAGAME? HAHAHAHA EGA AHA NYENE NIHO MUBERA IBIKEHA BWENGE! URXA URWANDA NIRWIWE BWEGU KUKO YARUFATISHIJE UMUHETO MWEHO NAMWE? NTIMWARI IMPEHE MWAMA MWANGAZWA NA EX FAB! MBE MURIMWE NINDE YOMBARIRA MUNTARA 17 ZIGIZE UBURUNDI INTARA NIMWE GUSA MWARI MWARAFASHE ? HAHAHAHA AHA NAGOMBA NDAKWIBUTSE NEZA YUKO KUBA TWARABASONEYE MUKAZA TUKAZAHASI ATARI INGUFU MWADUSUMBIJE NUBU MURAGEZA MURABE NONEHO KIRA LE 28/08/2015 BUCA MUMENYA YUKO UBURUNDI MUTABWINJIYE KUBERA INKOHO CANKE IGIKENYE MUGA YUKO BWARI BWUBAKIYE KUMASEZERANO YA ARUSHA MBERE MUYOHAVA MWIPFUZA YUKO YOGARUKA BITAGIKUNDA RIRA BIEN QUI RIRA LE DERNIER.
10 Myandagaro 2015, 08:13, par gahutu’z
Aho mwese muri nkamakopo kuko abamwishe ntamututsi numwe wongaho bujumbura atabazi
10 Myandagaro 2015, 08:37, par Doudou
Ntawundi Ariko Arabagandagura Atar Umukuru Wigisirikare Kk Ww Ashigikiy Za Nyeshamba. Nimumukorereko
10 Myandagaro 2015, 08:46, par Tubirabe
Abantu bose bahora bapfa barikugatwe ka l,etat ababikira barishwe Ernest aricwa aba FNL,nabandi benshi eka nibindi bibi vyakozwe vyagahomera munwa ntibigeze bakora amatohoza.kuko umukuru wigihugu dolofe ariwe yabikora kandi akaba ariwe yatwara ubucamanza eka amabanga yose yigihugu niwe yayatwara,ntiyarikwicira urubanza none ehe IMANA itarenganya yamuciriye urubanza none umukozi wiwe bagorikunda ararukoze izindi zarizaramunaniye sha muzohinyuka pe!Hama igihe mwisubireko umuntu atanze iciyumviro mukanka kugishira ahabona.
10 Myandagaro 2015, 08:54, par teza
Mwese abica abandi ngo mwitwaza ubwoko harico muzobona rindira imana iramutse yerekanye umujinya mwese muzokumbagarira rimwe mu mukungugu nimwihane igihe kitarabagerako ahandi ho nzoba mbona
10 Myandagaro 2015, 10:00, par louise
ivya Adolphe bizwi n’Imana nabantu ba 4 gusa n’umutambukanyi wiwe ashobora kuba aziho bice cyane, Adolphe ashobora kuba arimuzima ari undi mukenyuro mushasha bagiye gukoresha, agaca yigira kuba muburusia canke mubuchinoi mwe muriko murasara ngaho naho imanza sose mwavugaga arimo zigaca zirangirira ngaho. mwabonye amasanamu yikiziga ciwe ukuntu yarimo igifungu,iraswa ry’umuduga wiwe mwabonye ukuntu ririmo ugifungu? aho barasiye umuduga wiwe mwabonye ukuntu hatari strategique?
10 Myandagaro 2015, 13:04, par Falcon
Ayo matohoza yanyu yemera abataciye kuntebe y’ishure,gusa twari twaravuze ko abo muzovyegekako baza bahari kuko turibuka naba babikira mwabitaye kumusazi mugabo ukuri kwaragiye ahabona,opposition muragaba.
10 Myandagaro 2015, 13:12, par kanyarwanda
Igihano ni ukubashahura bakabaca amabya hamwe no kubakuramo amaso no kubakata amaboko ubundi mukabarekura bakaba icyitegererezo
10 Myandagaro 2015, 13:35, par emile
Mbe ko mutavugaga abo basoda bandi barikumwe na Lt General Adolphe nabo ngo mwihanganishe imiryango yabo.Aba basoda baguye mukazi kigihugu c`uburundi,i gihugu gihumurize imiryango yabo.Mugabo Peter yarasohoye itangazo rihumuriza umuryango wa General wenyene kandi nabandi bapfanye bari kukazi.
10 Myandagaro 2015, 14:58, par J MARIE
NIBAFATWE BAHANWE BARAYE BADUKOZE MUNDA ABO BABISHA
10 Myandagaro 2015, 19:06, par ABASIGAYE
ABASHE YEZU KRISTU; ABISHE RWAGASORE; ABISHE NDADAYE; EKA N’ ABANDI BOSE ATA KINDI BAROTA ATARI UGUSESA AMARASO NGO NIHO BOSHIKA KU MAHANGIRO YABO NI BATESHWE BATE KUKO: BISHE KRISTU NTIBISHE IZUKA; BISHE RWAGASORE NTIBISHE UKWIKUKIRA; BISHE NDADAYE NTIBISHE BA NDADAYE KANDI NTIBISHE DEMOCRATIE. NAMWE MUZOTANGARA MWA NYANKABURUNDI MWE. URUCIRA MUKASO RUGATWARA NYOKO
10 Myandagaro 2015, 19:23, par GACIYUBWENGE
DUTEGEREZWA KUGWANYA INTWARO IHARI BICIYE MU NGUVU ZA GISIRIKARE KUKO BICIYE MATORA TURABONA KO TUTORICA KUKO PETERO NKURUNZIZA YARAHEJEJE KWIYEGEREZA ABANYAGIHUGU. NI KAZIMA OBAMA ATURI INYUMA KANDI NA KAGAME YARATWEREYE YERRAIN YO GUKORERWO FORMATION KANDI AZODUHA INKOTANYI ZIDUFASHA ABO TURI KUMWE TWITEGURE NEZA TUBANYARE
10 Myandagaro 2015, 20:09, par freedom
sha bagorikunda yacutubesha twebwe bene gihugu twebwe dukeneye amahoro gusa
10 Myandagaro 2015, 21:40, par erc pro
ahubwo abishe gen nshimirimana nabo nibabajanekubuga ca pleseluwi batumekwikoraniro babagaburemwibipandebine amahangarorera kimwe mbonimpa ikindi busokoz ikind bobo rugurika ikindi kiranvu bamuteke kuko nivyo bagonvye uwaturiye imodoka kugira amatohoza ntakore nibamufata bazomwinike munkunguru ya aside nicogihano akwiye baciyumuzimukuruwigihugu
10 Myandagaro 2015, 21:54, par Grace
Muravugukuri ntimuze murafata abantu bo kumpimba nab mwibarabar ngo nibo bamwish nkuk vyabay kubabikra je mbon mwar guher kwabo bahora bakorana hamw numukur wigihugu kk ntamunt asanzw yarikumenya ahagiy ngawic nab bakoran ntaband
10 Myandagaro 2015, 21:55, par Grace
Muravugukuri ntimuze murafata abantu bo kumpimba nab mwibarabar ngo nibo bamwish nkuk vyabay kubabikra je mbon mwar guher kwabo bahora bakorana hamw numukur wigihugu kk ntamunt asanzw yarikumenya ahagiy ngawic nab bakoran ntaband
11 Myandagaro 2015, 11:46, par Muswi
agapfuye kabazwa ivu.Uwo niwe mubonye k yarakomey gusumb abandi?Erneste k bataratubwira abamwishe!Z,FBI ntizari ngaha?ubu niho mundwi imw boba babamenye?nimb aribo bari babatumy!ha je ivyo muburundi mbona bisigay bitwengeje!!??
11 Myandagaro 2015, 21:06, par vales
eka urubagorukunda wew barukubishe nawe ugaca ujaho ukaza kutubesha urupfu adolphe aba dd nyene nibo bamwiyice kuko ariwe yarasigaye arikizigwnza ariwe yafata ingingo yanyuma
11 Myandagaro 2015, 22:28, par MUNYANEZA
Abobose tuzobafata.
11 Myandagaro 2015, 22:47, par Munyaneza
MUBURUNDI NIBAREKE NKURUNZIZA NIWE ABASHOBORA NAHO INTUMVA ARI NYINSHI. Waite.
12 Myandagaro 2015, 19:18, par imbonerakure
Nibazane nabo babatumye naho abavuga KO yishwe naba DD ni propaganda zanyu twarabamenye ariko sha wariyenze cane mwa Crée ba ADOLPHE benshi
12 Myandagaro 2015, 22:44, par PIERRE
JEWE MBONAKO DUFISE INGORANE KUKO BIRUMVIKANAKO INGABO Z’UBURUNDI ZIMAZE GUCANAMWO KOBATANGUYE KWIYICANIRATWEHO TUZOBA ABANDE?MANA FATAMUMINWE IKIBAZO C’UBURUNDI.
13 Myandagaro 2015, 11:26, par aime mugisha
abishe baba bikira bo bazomenyekana ryari,zd feruzi!?aho ho murakerebuka k,ubavuga,sha mwebwe!!mwarahinyutse.
13 Myandagaro 2015, 13:40, par Nduwayo Gérard
Ako kagabo gakanura nk-ifi yitwa Kavyngwe ubutungane buzagasubirako mu minsi mike cane.
14 Myandagaro 2015, 20:37, par alice irumva
Nibaza ko uwo yiyise Gaciyubwenge yoreka kwambika ibara Kagame ngo yabemereye ibi na biriya arabesha peeee.Gezaho sha ntaco wambika ibara uwo mushingantahe, puuu,umuhimbiri gusa!
16 Myandagaro 2015, 18:33, par Gilles Nininahazwe
Abobagabo ntibakeneye ntibakeneye kumenya ukuri, bakeneye abo bavyegekako. Bariko bagira montage tout simplement.
kugeza ubu unkuru zijany n urupfu rwumuhis adolphe ninyish kand umwe wese akavuga uko avyumva ariko nivyiza yuko iyo dutanze coments dutange izitanga umuco ariko atar ibihuha bifatiye ku rwanko nimigambwe. nagira ndagusabe ww usoma iy cmntr yanje uyikurikirane neza hama niwaheza uze ubibaze umusirikare yoba atuye aho iwanyu. ikibazo ca [1] nibaza n iki, mbega birashoboka yuko imodoka irimwo igitoro iterwa rocket 2 namasasu ntishe????? [2]mbe muburundi iriya modoka yumuhis adolphe niyo yabaye iyambere itewe rocket?????? [3] mbe mwahora mubona iyo imodoka itewe rocket bigenda gute??? [4] mbe vyagenze gute kugirango imodoka HILUX ikubitwe na rocket 2 igume ihagaze ntinagwe????? [5] mbe umuhis adolphe uko mwamubonye kuma photo yatanzwe hari ikiguma canke ubushe mwabunyeko??? haboneka aho yarashwe mumutwe gusa;;;;;;;;; kubijanye nimodoka bivugwa ko adolphe yarasiwemwo n ibinyoma 100/100. aha nkamenyesha ko kubantu bose bakurikirana ubumenyi bwa balistic physic explosion babitahuye ata makenga. AMAKENGA YAJANYE NA EVACUATION UKO YAKOZWE. abarundi benshi mwabaye mu burundi mu bihe bigoye vyintambara mwarumva kenshi yuko abanyagihugu batasiba kwidogera abasirikare yuko batihutira gutabara. aha nashaka kubibusa yuko ivyo bitumwa namategeko yo mugisirikare avuga ko kizira kikaziririzwa kuja kurugmba giturumbuka. arinaco gituma ibihugu vyose kwisi bifise igendereza kugira ntihagire ikintu gishika mugihugu giturumbuka, arinaco gituma nubwo uba utewe utiteguye haba ico bita replie tactiq. utegerezwa kuja murako karere ugiye gutabara witeguye neza kugira ukingire ubwambere [1] abasirikare urongoye woye kubata mumutego wabansi ivyo navyo bigakorwa mukwinjira muri ako karere umwansi arimwo buke buke nubwenge bwinsh muvyagisirikare [gucengetera] kandi ivyo kenshi bikunda kugorana kuko umwansi aba akurindiriye. hama hagakurikira ibindi vyinshi gukingira abanyagihugu ninyugu zigihugu nibind vyinsh tudakeneye kuri iyi kuru kurikira rero ibibazo ngaha. adolphe amaze kugandagurwa mumwanya isase ruseha abaniha yar imaze kuhagera mbere nabajejwe umutekano baciye bahashika buno nyene. 1er Q iriya ruseha abaniha niki catumye umu chaufeur wayo yiyemeza kuja kuri gr d nord atamakenga??????????? 2e Q aba police canke uwariwe wese yagiye gutabara niki camuteye kutagira amakenga akaca agenda direct mumwanya muto sans precaution?????????? ivyo mugisirikare ntibibaho. 3e Q kuri gr d nord haba uruja nuruza rwibihumbi nibihumbagiza vyabantu umwanya wose. mbe mumwanya police itarashika nikuki habuze n numunyagihugu numwe aphotora adolphe ngo tumubone????????? mwese muraz iphoto mwabonye ko arinkey cane kandi zitavuye mubanyagihugu ariko ari izo muri hopital. ico kwibaza mbe vyukur aho iriya modoka yaraswa adolphe yarimwo???????? 4e Q mbe nikuberiki hahishijwe cane muburyo bushoboka bwose kugira ntihagire iphoto nimwe iboneka akiri mukibanza vyaberemwo???????? ntasano bifitaniye ninkuru zivuga ko yafriye aho ntarinze kuvuga ??????? umumenyesha makuru wa RFI harico bikubwiye????????????? IMODOKA ABAMENJA BAKORESHEJE. muraz mwese ko kubiraro vyose bigabura ama qrtie bicunzwe naba police. wihweje neza umwanya abatabara bashikiyeko kur grd nord numwanya muto cane kuburyo abarashe umuhisi adolphe ntaho bari bwagere. ni pont brasserie ni muha ni kanyosha ni large icatumye badatangiriza niki???????? hari na geste mwabonye kur aho hasanzwe hahagarara aba police bahagarika imiduga???????? wait and see time will tell.
12 Gitugutu 2015, 19:35, par Jaune
Icombaza Nipfuza Ko Mwonyereka Ifoto Yiwe Ari Ikiziga Ncengira Icondabivuzeko
27 Gitugutu 2015, 00:14, par EGO
IVYO MUZOBIVAMWO RYARI?ICO NZI KURIYO NKURU NUK IVYABAY VYOS AR IMANA IRIKO IRATUYOBORA KUKO IRABONAKO ATAVYO TWOKWISHOBOZA NKABANA BABANTU KND TWARUSH NAHAYO
20 Nzero 2016, 21:31, par Bapfakurera
Non Abobantu Bakoze Icokibikobata Garagazwa? Babere Akarorero Abandibose Erega Niho Nabandibotora Icigwa Murakoze
6 Munyonyo 2016, 18:25, par Manirakiza
Nond Adolphe Nshimirimana Yagandaguwe Na Bande?Canke Nubu Ntibaramekana?