Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Elly’s Boy > Inkuru
Inkuru
-
Elly’s yavuye mu gacerere yari amazemwo ikiringo kinini
4 novembre 2017
Elly’s Boy yavuye mu gacerere yahoramwo aca asohora ururirimbo. "Nikubembeleze rusohotse inyuma y’amezi makeyi uwo muririmvyi yubatse urwiwe kandi inyuma y’amezi atari make yemeye gusohora ururirimbo rukoze neza.
-
Umuririmvyi Elly’s Boy yari yanyurujwe yatowe aboshe kandi yuzuye inguma
13 Nzero 2015
Umuririmvyi Elly’s Boy yari yanyurujwe yasubiye kuboneka yuzuye inguma ku maboko no mu maso. Yafashwe yitiranijwe na Mkombozi, aho no mu muduga yagiyemwo havuzwa ururirimbo "Nzeyimana" rwa Mkombozi nyene. Elly’s Boy ubwoba ni bwinshi kubera abamunyuruje bamubwiye ko hagize ico abwira abamenyeshamakuru azokwicwa.
Inyuma y’igiteramo co kw’igenekerezo rya 11 Nzero cabereye mu Buhonga mu ntara ya Bujumbura cakozwe na Elly’s Boy na mwenewabo Mkombozi, Elly’s Boy yahavuye afatwa igihe c’isaha cumi na (...)