IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 1 Mukakaro

1 Mukakaro

lundi 2 Mukakaro 2018

Igenekerezo rya 1 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1618: Ferdinand wa 2 aba umwami wa Hongiriya.

1921: Havuka umugambwe wa gikominista w’abashinwa.

1961: Uburundi n’Urwanda bironka intahe y’ukwikurira.

1988: Marcel Lefebvre, umusenyeri w’umufaransa arirukanwa mw’idini rya katorika.

1991: Hasirwa igikumu kuciswe “Pacte de Varsovie”

1993: Ibihugu vy’Ubwongereza, Uburusiya hamwe na Leta Zunzubumwe z’Amerika bihagarika ukugerageza ibirwanisho vy’ubumara bwa nucléaire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1804: George Sand, umugore w’umwanditsi w’umufaransa.

1871: Louis Blériot, umudereva akongera akaba umuhinga mu gukora indege. Akaba akomoka mu Bufaransa.

Ibihimbazwa

. Mu Botswana : Umunsi mukuru wo kwibuka amavuko y’uwabaye umukuru w’igihugu wa mbere wa Bostwana, Sereke Khama. Yavutse mu 1921.

. Muri Bulgariya: Umunsi mukuru w’iseruka ry’ukwezi kwa Mukakaro.

. Mu Burundi no mu Rwanda: Umunsi mukuru w’intahe yo kwikukira. Hibikwa imyaka 51.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.