Accueil > Amakuru > Akahise > 17 Ruhenshi
17 Ruhenshi
vendredi 17 Ruheshi 2016
Igenekerezo rya 17 Ruhenshi.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri
1944: Hatangazwa ukwikukira kwa Repubrika ya Islande.
1972: Haba iciswe Scandale du Watergate catumye hahagarikwa abasuma 5.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1239: Édouard wa 1, umwami w’ubwongereza.
- Edouard wa 1
1682: Charles wa 12, umwami wo muri Suède.
1920: François Jacob, umuhinga muri biologie w’umufaransa. Yaronse agashimw kitiriwe Nobel muvyo ubuganga mu 1965.
1980: Venus Williams, umukinyi rurangiranwa mu rukino rwa Tennis w’umunyamerika.
- Venus Williams
1983: Lee Ryan, umuririmvyi w’umwongereza aririmba mu murwi Bleu.
1985: Márcos Baghdatís, umukinyi wa tennis akomoka muri Chypre.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1974: Kate Smith, umunyamrikakazi w’umuririmvyi akaba anashikiriza ikiganiro ku mboneshakure .
- Kate Smith
2006: Abdoul-Khalim Saïdoullaïev, uwigize umukuru w’igihugu ca Tchecheni.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukrwanya ubugaragwa
. Guatemala: Umunsi mukuru wa se wamuntu.
. Islande : Umunsi mukuru w’igihugu.
Luc-Noel INGABIRE