IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 8 Mukakaro

8 Mukakaro

vendredi 8 Mukakaro 2016

Igenekerezo rya 8 Mukakaro.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri

1859: Charles XV de Suède aba umwami wa Suède na Norvège.
1989: Mohamed Mzali, umushikiranganji wa mbere wa Tuniziya, arakomborwa muri ayo mabanga.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri

Jean de la Fontaine

1621: Jean de La Fontaine, umwanditsi w’ivyivugo, imigani n’ibitito w’umufaransa.
1839: John Davison Rockefeller, umurwizatunga w’umunyamerika.

John Davison Rockefeller

1981: Anastasia Myskina, umukinyi wa tennis akomoka mu Burusiya.
1984: Youssef Sofaine, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Algérie.
1998: Jaden Smith, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

Jaden Smith


Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri

975: Edgar, umwami w’Ubwongereza.
1617: Léonora Dori, umunyamabanga wa Marie de Médicis.
1623: Grégoire wa 15, umu papa.
1979: Tommaso Landolfi, umwanditsi w’umutariyano.
1986 : Hyman Rickover, intwazangabo y’umunyamerika ifise ipete rya « amiral » mugisoda ca amerika kigwanira mu mazi (United States Navy).
1994: Kim II Sung, umukuru w’igihugu ca Coreya y’Uburaruko kuva 1948 gushika 1994 yitavyimana.

Kim 2 Sung

2011: Betty Ford, umutambukanyi w’uwahozeari umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika Gérard Ford.


Luc-Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.