IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abarongoye imigambwe barabiye hamwe uko ibintu vyifashe mu mibano n’intwaro (...)

Abarongoye imigambwe barabiye hamwe uko ibintu vyifashe mu mibano n’intwaro mu Burundi

mardi 27 Ruheshi 2017

Intumbero y’iyo nama ni guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’ingene ibintu vyifashe mu gihugu mu bijanye n’imibano n’intwaro.

Uwo mubonano ubaye inyuma y’umwiherero wabereye mu Kayanza, wahuje abanyapolitike, watunganijwe n’ibiro vy’umuhuza w’abarundi,kuva kw’igenekerezo rya 22 gushika kurya 23 Ruheshi 2017.

Iyo nama yitabwe kandi n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura, hamwe n’uwurongoye ihuriro ry’imigambwe FDP.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Ntabintu vyoba ari bizima Birongowe n’abantu b’abasavyi b’ubuzi nka BARANDAGIYE pASCAL, ivyo yakoze akiri Ministre de la Justice ntawutazi kandi ntawutabona aho bigejeje uburundi ubu bwahariwe ivomo busigaye bumeze nk’abarwaye imibembe bategera aho abandi harimwo n’uwitwa ngo arabutwara atakirenga irembo. Sha Bazobibazwa bitebe bitebuke. Na NDUWIMANA ahendana ngo yakoranije mukayanza abanyepolitique bemewe n’ubutegetsi, ivyo azokwamukamwo muzoba mumbarira, ingeso iraraba ntihwera mwibuke ingene yamanyaguye imigambwe ikibonane agitwara MININTER, iyindi ngo arayifuse akibagira ko idafudika mumitima y’abanywanyi bayo. Jewe abo bose ndabitwa aba demandeur d’emploi. Nti bahendane!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.