IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abashingamateka babiri b’abarundi batowe kuja mu biro vya EALA

Abashingamateka babiri b’abarundi batowe kuja mu biro vya EALA

vendredi 9 février 2018

Umushingamateka Christophe NDUWAYO yatowe mu Runani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi, na Leontine NZEYIMANA yatowe mu mugambwe CNDD FDD akaba kandi yahoze ari umushikiranganji w’Uburundi ajejwe akarere ka Afrika y’Ubuseruko, nibo batowe ngo babe mu biro vy’inama nshingamateka EALA.

Umushingamateka Christophe NDUWAYO yatowe ku majwi 43 kuri 47, mu gihe Leontine NZEYIMANA yatowe ku majwi 39 kuri 47.

Ibikorwa vy’inama nshingamateka y ‘Akarere ka Afrika y’Ubuseruko EALA biriko bibera i Kampala ku murwa mukuru w’Ubuganda.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.