IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Poritike > Abitavye inama y’abanyeporitike mu Kayanza bashikiirije iki?

Abitavye inama y’abanyeporitike mu Kayanza bashikiirije iki?

Saturday 4 August 2018, by vianney

Umunyambanga mukuru w’umugambwe CNDD FDD,Evariste NDAYISHIMIYE yamenyesheje ko ata bundi butumire yokwitaba bwo kuja mu biganiro i Arusha ahubwo yobanza kubaza ikitashitsweko gushika ubu kuburyo vyotuma yitaba ibindi biganiro.

Kubwa Jacques BIGIRIMANA arongoye umugambwe FNL yagarutse ku kutumvikana kuri hagati y’Uburundi n’Urwanda acasaba amakungu kureka gushigikira igihugu c’Urwanda.

Jacques BIGIRIMANA yasavye ko amatora ategekanywa mu mwaka wa 2020 yotangurwa nayo gutora umukuru w’igihugu.

Phenias NIYIGABA yaserukiye umugambwe Sahwanya FRODEBU yamenyesheje ko k’ubutumire bahawe ivyo gusinya urupapuro rw’inzira bitari birimwo harimwo gusa ibijanye n’inama itegura amatora ya 2020.


IGIHE

Forum posts

  • Iciyumviro Canje Nuko Abanyepolitike Bose Bojahamwe Bagatorera Inyishu Ibereye Ikibazo C Indyane Hagati Muribo Bagasenyera Kumugozi Umwe Hama Bagategura Neza Amatora Ya 2020

  • Uyu mukuru wa FNL arasekeje u Rwanda rufise politique yarwo rugenderaho aricyo gituma amakungu arukunda akanarwubaha ahubwo nkawe niki wafasha Uburundi muri politique y’umugambwe FNL ngo uburundi amakungu abufashe? wowe iyo ubona amakungu akomeye asura igihugu cibanyi ntagere mu Burundi ntiwumva ko hari ikibazo mu gihugu canyu? ahubwo nk’umugambwe utavuga rumwe na leta raba uko wafasha leta mu ntege nkeya ifise muri politique kugirango amakungu abagirire ikizere naho u Rwanda rwo amakungu ntazabura kurufasha kubera politique ifise kandi yizewe raba aho u Burundi buri mu butunzi n’aho u Rwanda ruri, u Burundi buri mu bihugu bikennye naho u Rwanda ruri mu bihugu biri munzira y’iterambere ntaho bihuriye.Gira inama abategetsi ba Bujumbura inzira banyuramo ngo bateze igihugu imbere naho u Rwanda rwihorere ruzi icyo ruteganya ahazoza mu iterambare

  • Mr Amani, egome Urwanda rurafise politique rugenderako nkuko n,uburundi buyifise.Gusa,politique yo gusayanganisha Kigali kandi mugihugu hagati,ubukene ari hatari,ivyo vyitwa politique inadequate.Capitale occidentalisee,paysans tres pauvres

  • Bastien ibyo uvuze sibyo sinzi niba wari wagera mu biturage byo mu Rwanda ngo urebe ?! sinzi niba ibyo uvuga warabibonye na amaso yawe kuko mu Rwanda ubu amashanyarazi yageze presque hose abaturage bafite amazi imidugudu iri kubakwa warayibonye?! mutuelle de sante urayizi ??!

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.