Accueil > Poritike > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
jeudi 27 Gitugutu 2016, par
- Président Pierre Nkurunziza inaugure salle de réception et conférences construite par un Burundais de la diaspora à Carama Bujumbura et a inauguré les bâtiments de l’usine PACOBU de transformation de papier, en commune Ngagara
IGIHE
Messages
28 Gitugutu 2016, 03:46, par Kanyosha
Ndamushimiye uwomuntu %
28 Gitugutu 2016, 07:09, par niyonzima
Irambire mutama turinyumayawe
28 Gitugutu 2016, 07:09, par niyonzima
Irambire mutama turinyumayawe
28 Gitugutu 2016, 08:25, par tari
Nta mafoto y’umusi Ni mujane hirya
28 Gitugutu 2016, 13:18, par ndiko jonas
eka nuwukwirigwa ari nogira ama salle de reception nu kugirira iminsi mikuru imbonerakure ninterahamwe, abandi baragusize hiiiiiiiiiiiii
28 Gitugutu 2016, 15:41, par songa
Aho ni sawa ko yahaye chef ic’icumi.
31 Gitugutu 2016, 20:07, par JD
nta foto y’umunsi mbonye ngaho pu!
29 Munyonyo 2016, 09:12, par mzoyihera intagoheka
Iyo ntagodwizosi rabingene yamanitse ukuboko! twarahovye godufise umutware! Imana ya rikwiye kudukurako uwo mwicanyi yatumariyeko abacu kabisa.
29 Munyonyo 2016, 21:00, par mugisha
Akagabo kagaramanye agahiri mu gahinga ntikabura agahinda Mutahe iwanyu mwabicanyi mwe b abasindumuija hima aho kubandanya mu hopagura ku muperrezida w ubumwe n amahoro nyakuri
26 Nzero 2017, 01:49, par mzoyihera intagoheka
MUGISHA haaaaaaaaaaaaa, ninde yaguhenze? jewe ndihano muburundi bwanje, mbega wibaza kwabandika bose, baba bicaye mubuhungiro?, umwicanyi niwewe wahezwe na NKURUNZIZA NGOGENDA WICE BENE WANYU NGO NIHO UZORONKA IBIHINDA! AHAAAAA.
5 Gitugutu 2018, 08:44, par Fiack
Hangamakungomaurimfurayuburundi