Accueil > Poritike > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mercredi 19 Ndamukiza 2017, par
Umunsi ugira kabiri w’umwiherero w’abagize Reta y’Uburundi : Ibikorwa birongowe na Petero NKURUNZIZA biri mu mwiherero ku kirimba c’umukuru w’igihugu i Gitega
IGIHE
Messages
19 Ndamukiza 2017, 15:50, par KBORIS
Mutama BUNYONI ubuhanza bwamuteye basha. Niyirambire.
20 Ndamukiza 2017, 10:11, par Wakera
Uwo yita Mutama Munyoni gayemwe namabi akora ubwo si za mbonesi !!!
19 Rusama 2017, 20:21, par Richard
Richard
21 Rusama 2017, 22:42, par Claude
Amen
27 Ruheshi 2017, 06:23, par Irakoze
non Ababose Nabakuru Bibihunga
21 Nyakanga 2017, 17:52, par kigabo jean marie
mbega mwombwira peter yararoye muri yanama ya UN irikubera muri USA new york canke nubu nyene yatinye gusoka mu mwobo?
9 Ndamukiza 2018, 17:46, par Mamert
Ukuntu Merkiyori Ndadaye Yishwe?
11 Ndamukiza 2018, 03:10, par PETERO HABAYO
Ariko Uwukunze Nabenegihugu Jekubwanje Nahoyotwara Imyaka Igihumbi Kubwanje Mbona Atacobitwaye Nibamureke PITA NKURUNZIZA NINTWARI YUBURUNDI EKANUWAMBERE TUMWUBAHE BIRAKWIYE BARUDI NTIDUHENDWE NABANYEPORITIKE MBEKOBAMPENZE NKAHUNGA KATAWAJEKUNDABA NABONYENE BARIBAGOWE ICOKWEREKA ABASIRIKARE BAHENZWE BARWAYE IMITIMA UBU AHOBA SAVYE INDARO MUMAKAMBI MUGIRE UMUSI MWIZA KUBAKUNDA UBURUNDI NABARUNDI MANA KOMEZA UZIGAME UBURUNDI NABARUNDI NABAKUNZIBABWO AMEN.
11 Ndamukiza 2018, 03:11, par PETERO HABAYO

20 Ruheshi 2018, 13:15, par Nkundigihugu
Kigabo Jean Marie ni umurundi canke ni umunyamahanga. Twebwe président wacu ni umurundi si umunyamahanga. Ni umurundi nkatwe. Kuba ari mu Burundi akigumira mu gihugu nta gitangaza kirimwo. Ko wumva yatinye kuja mu nama ya ONU ngenda umuserukire ivyo yari gushikiriza abe ari wewe ubushikiriza. Jeho data numva ari wewe wemerewe kuzunguruka amahanga, ntukiri umurundi