IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amashirahamwe yasabwe kwerekana ivyo akora no kwerekana aho akura uburyo (...)

Amashirahamwe yasabwe kwerekana ivyo akora no kwerekana aho akura uburyo akoresha

samedi 7 avril 2018

Mw’itangazo ry’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu ryo ku wa kane igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2018, ryateweko umukono n’umunyamabanga ntayegayezwa Deo RUBERINTWARI,ubwo bushikiranganji bumenyesha ko ayo mashirahamwe adaharanira inyungu za poritike agiye gutanga mu minsi iri imbere, impapuro zerekana ukuntu yemerewe gukorera mu gihugu, ukuntu akora n’ukuntu aronka ubu uburyo akoresha.

Iryo tangazo rimeneyesha kandi ko , ayo mashirahamwe ategerezwa kwerekana ivyo yakoze ivyo mu myaka itanu iheze, hamwe n’impapuro zerekana imigabo n’imigambi yayo mu kiringo c’imyaka itanu iheze.

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, bumenyesha kandi ko mu gihe ayo mashirahamwe atokurikiza ivyo asabwa azoca afutwa.


Oscar NDAYISHIMIYE

Messages

  • nyakubahwa mushokiranganji w,intwaro yo hagati mugihugu hariho amashiramwe amwe mushobora guhagarika tugasanga twebwe abarimyi turahomvye nkamashoramwe akorera mubirimyi n,ubworozi murakwiye mbere kiyakeza kukoubu muntara ikiro c,ibigori300 buja naho 1000 mwumve nkiyo nyungu kubarimyi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.