IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bwiza : Abanyagihugu baridogera REGIDESO ku kibazo c’ikena ry’amazi

Bwiza : Abanyagihugu baridogera REGIDESO ku kibazo c’ikena ry’amazi

jeudi 12 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Bamwe mu banyagihugu bo muri zone ya Bwiza basaba ko boza baramenyeshwa amasaha amazi azocikirako n’amasaha azogaruka kugira bibafashe kuvyitegurira.

Umwe muri abo banyagihugu yavuze ati :« Vyari vyiza ko boza baratumenyesha kugira twitegure kandi vyari vyiza ko habaho ubundi buryo REGIDESO ikwiye gukoresha amazi abuze biciye mu nzira imwe habeho iyindi nzira itwara amazi ica isahiriza.»

Abo banyagihugu bo muri zone ya Bwiza babandanya bashikiriza ko mu ndwi iheze babuze amazi imisi 2, ariko ko ubu batazi ikiringo kigiye guhera kugira basubire kuyaronswa.

Ntiturashobora kuronka abo mw’ishirahamwe REGIDESO kugira bagire ico bashikirije.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.