Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Charles NDITIJE yagenye umuvugizi mushasha wa UPRONA arongoye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Charles NDITIJE yagenye umuvugizi mushasha wa UPRONA arongoye

Charles NDITIJE yagenye umuvugizi mushasha wa UPRONA arongoye

vendredi 3 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Umushingamateka Charles NDITIJE, arongoye umugambwe UPRONA, ishami ritemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, yagenye umuvugizi mushasha w’uwo mugambwe.

Bonaventure GASUTWA yahora mu nama nshingamateka y’Uburundi niwe agiye kuvugira iryo shami rya UPRONA, akaba agiye mu kibanza cahoramwo Tasiyano SIBOMANA, yagirijwe amakosa akomeye, nk’uko biri mw’itangazo ryasohowe n’uwo mugambwe. Iryo tangazo ariko ryateweko umukono na Charles NDITIJE ntirivuga ayo makosa Tasiyano SIBOMANA yagirijwe.

JPEG - 1.1 Mo
Bonaventure GASUTWA yahora mu nama nshingamateka y’Uburundi niwe agiye kuvugira ishami rya UPRONA rirongowe na Charles NDITIJE

Icegera c’umuvugizi w’uwo mugambwe nawe akaba ari Emmanuel NKENGURUTSE, yahora mu nama nkenguzamateka.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.