IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke : Igiti cari caraguye hasi casubiriye guhagarara neza (...)

Cibitoke : Igiti cari caraguye hasi casubiriye guhagarara neza (Amafoto)

mercredi 1er Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Igitangaza kitari bwaboneke cibonekeje ku mutumba Mabuye uri mu ntara ya Cibitoke, aho abanyagihugu bavyutse basanga igiti kinini cari caraguye hasi haheze imyaka ine gihagaze neza.

Abajejwe intwaro muri iyo ntara bavuga ko ari akataraboneka, bakamenyesha ko biboneka ko gishobora kuba ari igitangaza c’Imana.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.