IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bujumbura : Inama igira umunani ya EAPCE’17 yatanguye

Bujumbura : Inama igira umunani ya EAPCE’17 yatanguye

mardi 6 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Umushikiranganji w’amasoko ntanganguvu, Come MANIRAKIZA amenyesha ko amanama nk’ayo afise akamaro kanini kuko atuma abakorera muri ico gisata bahanahana ivyiyumviro kugira bateze imbere ico gisata muri ako karere ka Afrika y’ubuseruko, bakumvikana ivyokorwa ku neza y’abanyagihugu hamwe n’ibihugu.

"Ni n’akaryo abakorera muri ivyo bisata baronka kugira bamenyekanishe ivyo barangura kandi bafashe guteza imbere ibihugu vy’akarere ka Afrika y’ubuseruko."

Mu misi itatu iyo nama izomara, umushikiranji MANIRAKIZA avuga ko abazoyitaba bazoronka akaryo ko guhanahana ivyiyumviro ku bushakashatsi bwotuma igisata c’igitoro gitera imbere, babifashijwe n’abahinga babinonosoye.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • ariko mana weee nibarubuturage cg ubukene nigute umukuru wigihugu yicarakuntebe imezekuriya koko? uziko umukuru wumurenge atakwemera kuyicaraho nukuri da!

  • Kamana@we,

    Ja kunegura ivyanyu kuko ivy’Iburundi ntibikuraba kandi bibonekana ko ari Jalousie pure

  • Francesco,
    sukunegura ivyiwanyu ahubwo nukombona musanabo muri 1990’s kdi turimuri 2017 haaaaaaa ibaze kubona president muzima yicaye muntebe nange ntakwemera kwicaraho haaaaa ntari na Mayor byibura. Murababaje Kbsa! Igitoro se murakibona noneho ra? cg ntama USD mufite tubagurize haaaa!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.