IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa, Li Yuanchao yashitse i (...)

Icegera c’umukuru w’igihugu c’Ubushinwa, Li Yuanchao yashitse i Bujumbura

mercredi 10 Rusama 2017, par Jean de Dieu M.

SC: KUKIRIMBA

Messages

  • ha nazeyirabi arabingoran zigitoro namapermi nisukari ninzara dufise kubwibitoro birababaje kutondera ibint atanfashanyo irimwo mugukabura vyoboneka bigatuma bizimba murakoze umushitsi mumwakirize yose.

  • Nibatugendere kumbure ntihobora ico bodufasha

  • Turakeje uwo mutegetsi arisanze, twomusaba ko yobandanya aturungikira umuciri kuko kigoyi iradutsinze kubirindiro twebwe imbonerakure

  • Umutekano ni ntangere 100%. Nabakuru bibindi bihugu nibaze bihere amaso.

  • Araba yazanye buruguru zuwo ariko aramutakambira!!!! Mbega ivumweee!!!

  • Iyo delegation API irayiteramo Grenade, muraza kuvyumva, amakuru twayamenye

  • Abariko basoma bino vyiyumviro aha hepfo a ho musanga umwe muri bamwe bita aba sans echec kera yiyise izina ryanje Mediator si jewe-: ico ampora nukwo ngo mvugako gutirira abantu mu mapine bitagishoboka, kandi ko igisoda cavanzwe gutwo bituma abarundi tubona amahoro!!!! Izina ryanje rero ni Mediator

  • yishwe niki mwsksrsms mwe muri aka kanya???Baramurabuye aba dd yanse kubakorera atumbereye ivyo bashaka ..nabo ntibazorusimba kuko ntirwemera impera ya ama dollars....pole muryango

  • @mediator. Ni yambwa WAkERA(genocidaire sans evhec) icafuza izina ryawe. Byoba byiza muhuye ukayivanamo amajigo.

  • Komera mwenewacu butoyi , ako gahinda bazokajana I kuzimu kuko nta mu sans echec azongera kuduturirana umuntu mu Burundi!!! Nanje sincika intege kuvuga ibi: Leta y,uburundi irimwo amoko yose birahimbay , igisirikare gitunganijwe neza arinaco cahora giteye intambamyi, uwuzotanguza intambara nawe izoherera murugo iwe!!! Jew nkunda amoko yose kandi naho MVA mu bwoko be,abatutsi sinshaka umututsi yanka abahutu canke umuhutu yanka abatutsi nico gituma na kera nkiri n,umunyeshure banyita muhuza vyaribigoye kumenya icondi nakare twese twese dukomoka k,umuntu umwe!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.