IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Icegeranyo ca SOS-Torture kigaruka ku muntu yarashwe n’abasirikare i (...)

Icegeranyo ca SOS-Torture kigaruka ku muntu yarashwe n’abasirikare i Ngozi

dimanche 25 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri abo batatu bishwe, ishirahamwe SOS-Torture Burundi rivuga umugabo yarashwe n’abasirikare ko ku kirindiro co muri komine Mwumba, mu ntara ya Cibitoke.

Ico cegeranyo kiravuga kandi abandi bantu babiri bakomerekejwe, umwe muribo akaba yakubiswe n’Imbonerakure za CNDD FDD mu ntara ya Ruyigi, nk’uko bishikirizwa n’ishirahamwe SOS-Torture.

Muri ico cegeranyo, ishirahamwe SOS-Torture riragaruka kandi ku bantu bagera kuri 12 bahagaritswe, muribo, abagera kw’icenda bakaba bafatiwe i Matana.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.