IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ihimbazwa ry’imyaka 55 iheze umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe (...)

Ihimbazwa ry’imyaka 55 iheze umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe (Amafoto)

jeudi 13 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA


IGIHE

Messages

  • Ego kabisa muramukunda!Burya murakunda iragi yadusigiye?Ko yipfuje ko uburundi bwocika icibare c’Imana,niko biri?jewe ubu mvuga ati:naho Imana.kuko uburundi bwuzuyemwo intambara,igiturire n’ibimdi vyinshi bicafuza uburundi n’abarundi gutyo tukaba dutaye rya ragi yadusigaranye.mu gushirako amashurwe mwibaze ko namwe bazoyabashiqako hanyuma muheze mubandanye mumwigina kuko yatweretse amakanda twocamwo murakoze.

  • abatipfuriza uburundi kwikukira nibu baracariho kuko baguma baha ishushombi muakungu ariko biruhiriza ubusa Imana iradukunda cane niharambe Uburundi nabarundi

  • NUKURIR NTAWORE KUSHIMA IVYIZA YAKOZ MUGIH NUBU HAKIRI BAGOMBA KUSUBIZ IGIHUGU MUGORAN

  • Gwasore Yari Umugabo W’abagobo None Muricogihe Nacegera Yarafise Cari Kusubira?

  • aba dd ntiba tubeshe ubutwari bwa rwagasore ntabwobazi ahubwo ntiba maramara kubahuka bakaba aribo basigura ivyiza yakoze agaca uraba ububwicanyi bariko barakora nakumiro!!! ahubwo bari bari bakwiye kwirirwa baryamye kuko ntibakwiye no kuja gusura kumvayiwe

  • Umuganwa atari umugani rwagasore twaramukunda kuko yakunda igihugu nubwo hakiriho ibipinga bicanka iragi yadusigiye bn8.

  • Umuganwa atari umugani rwagasore twaramukunda kuko yakunda igihugu nubwo hakiriho ibipinga bicanka iragi yadusigiye bn8.

  • Ubukoroni bw’abazungu twarabukize turongowe n’umuganwa Atari umugani Rwagasore ariko ubwa nkurunziza na karwi kiwe ntituzobukira turacakeneye izindi ntwari nka rwagasore zo tuja imbere tukabiganzura

  • NANJENDASHIMYEKUBATWARAVUYEMURISENTARE MPUZAMAKUNGU AMERIC NAYONITUREKETWARIKUKIYE.UBUTURADYATUKADYAMA .NUGUSHIGIKIRA UBUBIRIGI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.