Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ikiringo co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora y’ibwirizwa shingiro (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ikiringo co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora y’ibwirizwa shingiro (...)

Ikiringo co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora y’ibwirizwa shingiro camenyekanye

mardi 30 janvier 2018

Pierre Claver NDAYICARIYE arongoye umurwi utegura amatora CENI amenyesha ko igikorwa co kwiyandikisha ku bazokwitaba amatora, kizotangura kw’igenekerezo rya 8 gushika kurya 17 Ruhuhuma 2018.

Itegeko rishinga ico kiringo ryateweko umukono n’abagize umurwi CENI kur’uyu wa kabiri igenekerezo rya 30 Nzero 2018.

Ata gihindutse, bitegekanijwe ko ata gihindutse, amatora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, azoba mu kwezi kwa gatanu 2018.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • nivyiza cane gusa twosaba abagize umurwi CENI
    bazohore batanga ab’agent recenseurs benshi bapfume baza bakorera 5000 fbu/jour
    kugira tuzeturonkako turibenshi kandi kandi twoyashima kuko buri mutumba twoca turonkatwese.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.