IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo mu gipolisi zadugijwe amapete, mu gisirikare barakukuruka

Intwazangabo mu gipolisi zadugijwe amapete, mu gisirikare barakukuruka

mardi 3 Nzero 2017

Umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yagenye Gabriel NIZIGAMA yahoze ari umushikiranganji w’umutekano kuba umunyamabanga mwishikira mu biro vy’umukuru w’igihugu ajejwe ibibazo vy’abanyagihugu (Chef de cabinet civil).

Umukuru w’igihugu yadugije kandi amapete intwazangabo mu gipolisi. Muri abo harimwo Gervais NDIRAKOBUCA batazira ndakugarika yashizwe kw’ipete rya Commissaire de Police Chef.

Hejuru yabadugijwe amapete, izindi ntwazangabo mu gisirikare c’Uburundi zakukurutse kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu, muri abo harimwo Gervais Niyoyankana yahoze arongoye ubushikiranganji bwo kwivuna abansi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.