IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Intwazangabo zitatu zirukanwe mu gisirikare c’Uburundi

Intwazangabo zitatu zirukanwe mu gisirikare c’Uburundi

lundi 26 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Kw’itegeko ry’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, abasirikare batatu b’intwazangabo birukanwe mu gisirikare c’Uburundi.

Abo basirikare bakaba bari batakiboneka ku mirimo yabo.

Abo birukanwe ni Colonel Adolphe MANIRAKIZA SS0264 yigeze kuba umuvugizi w’ingabo za MINUSCA muri Centrafrika, akaba atagarutse mu Burundi, inyuma y’aho ikiringo ciwe giheze muri ayo mabanga.

JPEG - 12.4 ko
Colonel Adolphe MANIRAKIZA

Abandi birukanwe ni Lieutenant Colonel Aimable HABIYAMBERE SS0546, hamwe na Capitaine Emmanuel NSAVYIMANA SS1608


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.