IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Kirundo : Abantu bane bapfuye baguweko n’umusozi

Kirundo : Abantu bane bapfuye baguweko n’umusozi

jeudi 6 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Abantu bane bapfuye, abagera ku ndwi nabo barakomereka, baguweko n’umusozi aho bariko bimba ubutare muri komine Gitobe, mu ntara ya Kirundo.

Iryo sanganya ribaye inyuma y’aho uwundi muntu umwe apfuye uwundi arakomereka muri komine Nyabitsinda, intara ya Ruyigi, ku munsi wa gatanu w’indwi iheze.

Abo bahenukiweko n’umusozi mu gihe bariko bimba mu kinyegero ubutare, nk’uko vyashikirijwe n’umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi.


IGIHE

Messages

  • Jewe nari nagorobeje mu Gasura (commune Vumbi) kw’ibarabara rya Gitobe mbwira imbonerakure zaho ko zoreka ubwicanyi kuko ayo masanganya (imisozi ibomokera kubantu, imvura y’isegenya) biva kurayo maraso zirirwa zirasesa zibaza ngo zishigikiye Leta y’icaduka! Zimwe zavuze ko bazihendesha Buruguri y’abashinwa izindi nazo ngo zirihemba zikoreshe article 15 ! Ngo ravitaillement sur terrain! Reka uno musi nsimbire i Muramba ahavuka buramatari Melchior naho ndabe izaho ngumengo zariye amavubi!!! Ejo nzoja Cahi (Mwumba) ndabe hoho ko abantu baho konubu bakirya abantu nka Nangayivuza ntibizoroha!!!

  • mwigishwa ubusa mukavuga ubusa.jewe mpora nunva invigorating zanyu ngo ubwicanyi burya abo mwishe 72 niyindi myaka vyari biti mwicira.2005 kuva nkurunziza agiye kubutegetsi ninde mututsi yahohotewe canke ngoyakwe akazi.ubwanyu mwaravyivugiye komumuhora ngo kwiongeza ikiringo.ariko ndakubaze komurabacamanza beza kwataho mwigeze muhaguruka NGO muvugire ikiringo ca nyakwigendera ndadaye yatwaye amezi3. komutiyamirije buyoya agarutse kubutegetsi97 kunguvu..mbega uburundi in bwabande

  • Mumutwe wawe hariyo agasorobo nunyarukire kwa muganga!

  • None Abobant Nibabireke Kuzabalimba Ubwobutale Sas Utaftaj Kwan Mpaka Mwene Machimb?

  • Mbe Wakera Wewe Ushima Bwaragurutse Wewe Ubona Uvuga Ibijanye Nibiba Vyavuzwe Ahohose Odondagura Uhazi Kubera Ariho Waciye Muguhunga. Ariko Rindira Nabado Urwawe Ruzoteba Rushike.

  • Mbe Wakera Wewe Ushima Bwaragurutse Wewe Ubona Uvuga Ibijanye Nibiba Vyavuzwe Ahohose Odondagura Uhazi Kubera Ariho Waciye Muguhunga. Ariko Rindira Nabado Urwawe Ruzoteba Rushike.

  • Ntakundivyogenda Ubuzimaburagôye Mukurondera Ukuntuwobaho Imana.Nibakiremubwamibwawo ndifatanije nimiryangoyabuze kwihangana;

  • babwibwa Nkande Amategeko Atabazi Nibimbe Bakurikij Amategeko Ataruko Bazoho

  • Cobla rouge: ntamajambo nterana n’imbonerakure kuko nd’umuhumure w’ijunja n’ijambo! Thank you

  • Nibarek Kubwimb Kuko Ntavyobashoboye . Isondaje Zonyen Nizo Zibishobora Abobo Bashaka Gupfa Nyene.

  • Imana ibakire mubwami bwayo naho bariko bariba

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.