IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Rumonge : Abantu 43 bava muri RDC bashikirijwe ubuserukizi bw’ico gihugu mu (...)

Rumonge : Abantu 43 bava muri RDC bashikirijwe ubuserukizi bw’ico gihugu mu Burundi

mercredi 2 Myandagaro 2017

Izo ngwano ziriko zibera mu gace ka Fizzi mu ntara ya Kivu yo mu Bumanuko. Igiporisi kijejwe ibirere n’imbibe PAFE) kimenyesha ko abajejwe intwaro mu ntara ya Rumonge bafashe ingingo yo kurungika abo banyagihugu k’ubuserukizi bw’igihugu ca Kongo mu gisagara ca Bujumbura.

Mwomenya ko hari haheze indwi zibiri abandi banyagihugu bava mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo 50 baje mu ntara ya Rumonge bavuga ko bahunze ; abo banyagihugu bose bemeza ko baca mu Burundi bashaka kuja mu makambi y’impunzi mu gihugu ca Tanzaniya.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.