IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Sentare ya EAC yasubije inyuma ivyasabwe ko Uburundi bwokurwa muri iryo (...)

Sentare ya EAC yasubije inyuma ivyasabwe ko Uburundi bwokurwa muri iryo shirahamwe

dimanche 2 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Sentare y’umuryango wa Afrika y’ubuseruko yasubije inyuma ibirego vy’ihuriro ry’amashirahamwe yo muri aka karere adaharanira ivyicaro vya poritike yari yasavye ko Uburundi buhagarikwa canke bwirukanwa mw’ishirahamwe rya Afrika y’ubuseruko, bitewe n’uko ico gihugu cagirizwa ko cahonyanze amasezerano y’uwo muryango, mu kwemerera Petero NKURUNZIZA ko yiyamamaza mu kiringo ca gatatu.

Abacamanza batatu bo muri iyo sentare ya Afrika y’ubuseruko ifise icicaro i Arusha muri Tanzania nibo bemeje ko ibirego vy’ihuriro ry’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike (EACSOF) bidafise ishingiro, kandi ko bidahuye n’amategeko agenga Afrika y’ubuseruko hamwe n’iyo sentare.

Ivyo birego vyasubijwe inyuma vyagiriza sentare y’Uburundi ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro ko itubahirije amasezerano y’i Arusha hamwe n’ibwirizwa shingiro ry’Uburundi, mu kwemeza ko umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA asubira kwiyamamaza mu kiringo ca gatatu.

Itangazo rya sentare ya Afrika y’ubuseruko rivuga ko muri iyo sentare bashira imbere kwubahiriza amasezerano aba yarateweko imikono n’ibihugu ubwavyo, kandi ko iyo sentare idafise uburenganzira bw’ugusabwa kwinjira ku mugaragaro, mu ngingo ziba zafashwe n’ayandi masentare.

Iryo huriro ry’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike ryaratsinzwe kandi mu rubanza ryari ryitwayemwo muri iyo sentare, ryagiriza umurwi w’igihugu ujejwe gutegura amatora ko warenze amategeko mu kwemeza ko Petero NKURUNZIZA yiyamamaza, n’umugambwe CNDD FDD wamutanze ukagirizwa ko wafashe ingingo idakwiriye, mu gutanga izina rya Petero NKURUNZIZA.

Iyo sentare yemesheje ko abitwaye babikoze bateba, kandi ko iyo sentare idafise uburenganzira bw’ugusubiramwo ingingo zafashwe n’izindi sentare.


IGIHE

Messages

  • Nonekumengo Murajweishinganuko Perezidaatwara Mwitwaza Ibiringovyagatatu Ahubwo Igikurunumubano Haruwumwagiriza Umubanomubi Haruwarica Bnk Haruwuraburivyiwengonuko Przida Atwara? Kagame Atwaye Imyakingah Mugwand? Rekasha Gushirimbr Ibiring Muzoharura Muruhe Kweli Twetubona Imigambiyiwe Myiz Tuzomutora Mpaka Manda7 Zikwiye Cndd Fdd

  • Nibarindire Imyaka 5 Irangire Nabo Baze Barye Ivyasigaye Kuko Jembona Uburundi Busigaye Aricibare Cabanyonyezi Gusa. Burumwe Wese Akwega Yishirako.

  • impundu iwacu induru kwabarera RWA CENARED ruramaramaye!!!. hama CENARED niyitegurire kuriha abantu nibintu baguye muririya migumuko bahamagaje, naUNI tuzoitsinda nayo izomaramara nka KAGAME. turasavye abavyeyi baburiye abana babo mumigumuko nabahatakarijebintu ko bokwitwarira CENARED hamwe nayamashirahamwe.....

  • imana yonyene niyo iguma yishura ikibazo cuburundi kandi impera nimperuka imana izobikora.

  • IMANA IRAHAMBAYE NTABABONA KUBUTUNGANE BWIWACU BUKORA NEZA NIBITSARE BARINDIRE AMATOR,AJOKWIRIKIR,AYOMASHIRAHAMWE NAYO AVUGA KWANDAHARANIRA IVYITSARO VYAPORITIK,AHUBWO NIBO BANYEPORITIKE

  • Mbeg imbura bweng! Baheb bisamburirk igihugu cabibaruts! Batey isoni! Bas! Bapfe bayerer nka kaïni nimva zabo ntizizob muburundi. Badusabiy ibihano bibagr k iyaturemy iduhozah ijisho! Bapf biyahuy.

  • Mbeg imbura bweng! Baheb bisamburirk igihugu cabibaruts! Batey isoni! Bas! Bapfe bayerer nka kaïni nimva zabo ntizizob muburundi. Badusabiy ibihano bibagr k iyaturemy iduhozah ijisho! Bapf biyahuy. Dukomer kubumbatir igihugu.

  • baramaramaye nibereke petero nkurunziza yarabasize nagati gaterezwe nimana barakina nabo bangana

  • Uburundi imana iradukunda ntizigera iha inzira ababurwanya.nkurunziza ramba kungoma.

  • Mwihanganentamugaboadatsindwa

  • UBURUNDI N’ICIBARE C’IMANA S’ICIBARE C’AMASHIRAHAMWE Y’ABAKUNZI B’INDA! IMANA YACU IHABWE ICUBAHIROCANE!

  • TURAKEJE ABAGIZE IYO SENTARE ABO NABO BIGIRA KO BADAHSRANIRA IVYA POLITIQUE TWARABAHINYUYE

  • Ivyo bisa nuko wokonerwa ninkende hama ukitwara kunkoto.ibihugu vyose vya EAC bicacinyiza abanyagihugu bavyo mukubica no kubapfungirubusa,canecane uburundi nurwanda bigitwarwa nabiswa ba satani.

  • Ivyo bisa nuko wokonerwa ninkende hama ukitwara kunkoto.ibihugu vyose vya EAC bicacinyiza abanyagihugu bavyo mukubica no kubapfungirubusa,canecane uburundi nurwanda bigitwarwa nabiswa ba satani.

  • Ivyo bisa nuko wokonerwa ninkende hama ukitwara kunkoto.ibihugu vyose vya EAC bicacinyiza abanyagihugu bavyo mukubica no kubapfungirubusa,canecane uburundi nurwanda bigitwarwa nabiswa ba satani.

  • nibateshwe bate nibamureke yitwarire kugeza yezu agaruste kuko yarasizwe amavuta nuhoraho babonye kudeta yanse babona kwibuka amasentare none nahonyene biranse ngirango ubu tubabwiye koarimihimbiri ntibahakana

  • nibareke kugumabatwanka kumbure tuzisubirako

  • Kuki Poritike Yuburundi Bose, Ikinwankumupira?

  • ariko abarundi mwazakoze itohoza mukamenya neza ko Nkurunziza ar’umurundi???
    kuko ukuntu ashyira abarundi mubibazo bigaragara ko naho abarundi barimbuka ntacyo yaba ahomba,
    muzarebe neza ashobora kuba ari nk’umunya Boutsuana

  • Nta Sentare Nimwe Izokumviriza Amafuti Ya Cenared Kuko Ntajambo Bafise!

  • Eac Oyeeee! Africa Irihesheje Agaciro Mukwereka Abo Bageregwa Babazungu Ko Afrika Yose Izi Ukuri Kukibazo Cuburundi,EAC Yibajije Iti mbega Kuki Abateye Igihugu Bakica Abarongozi Bagisirikare(adolphe,kararuza,darius,...Guturirira Abanyagihugu Mumapine,...)aribo Baje Kwitwara,? Umututsi Agukubita Ikofe Akagutanga Gukoma Induru! EAC Iti Kotuzi Uburundi Kuva 1962-2002 Hishwe(rwagasore,ngendandumwe,abarundi Isinzi 1972 Bahowe Ubwoko,NDADAYE,NTARYAMIRA,...)Amatohoza Mpuzamakungu Ya ONU Agezehe? Afrika Irabonako Uburundi Bugomba Gutotezwa Nka Libiya Biciye Kukivume Kagame Yiguze Abazungu Akagurisha Abanyafrika Nkuko Yuda Yagurishije Yesu,
    Nibaze Twubake Igihugu Ntacobazoshikako.

  • bazama batsinda. abo Bantu bazama batsinda kuko bameze. no.imfpuvyi zitagira. nyenezo hariho. rurema

  • ariko ibibintu ntibisobanutse none niba iyo sentare idasubiramwo ingingo zafashwe nizindi sentare none kuki hariho uwatsinze nuwa tsinzwe? mugihe iyo sentare idasubiramwo ingingo zafashwe niyo sentare . vyumviikana ko iyo sentare itarikwiye no kwakira urwo ruzanza

  • ivyibiringo vyivyo nibabireke sinarinzi ko hari abagabo biyita ngo barize barushwa ubwenge nabana bato ubu koko uganda si gihugu kiri muriyo E.A.C? Museveni agitwaye imyaka ingahe? umugabo aramukureko turabe

  • @ Alias, uwatsinzwe ntiwumva karurya yayobewe kumenya ikintu kiboneka nezako iyo igihugucikukiye kokibagifise ibintu namakunguyose abaziko kizira kubiharirako?
    Alias, ibwirizwanshingiro ryu Burundi ryaririfise abantu bashika 7 bashizweho mbere cane Yuko haba aryamatora yomuri 2015 baryabantu baribazwi kobariho nabarundi kandi nibihuguvyose vyokw,Isi ariyomakungu vyaribazi kobariho abobantu bajejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro ryu Burundi rubukomeze bwabobafise mugihugu, haryarero igihe abobajejwe ibwirizwanshingiro ryu Burundi baca urubanza amakunguyo haryayaciye abona kobirangiye kuko barya kirazira umuntu avuye hanze yigihugu cikukiye kuzakubahinyuza kireka uvuzati tugombagufuta icogihugu kwikarita y,Isi.
    Mugiherero harabarundi babaye nkumwana umwe muri reta nzunzubumwe z’America yigeze gukorera ikosha umuvyeyi wiwe maze umuvyeyi aramuhana wamwana ahamagara polisi maze polisi iraza umwana aravuga ngo umuvyeyi nakoze ikosa acarampana maze baba polisi bacababwira wamwana ngo nikobimeze umuvyeyi arafise uburenganzira bwoguhana umwanawiwe ntawufise uburenganzira bwokubuza umuvyeyi guhana umwanawiwe yakoze ikosa urumvako aboba polisi baciye urubanza.
    Nicokimwenabo bacamanza bomuri EAC baraciye urubanzanyene none ntibigishije abobaribareze reta yuburundi ntibabibukije Ko urubanzarwaciwe nabaryabantu bashizweho nigihugu namakungu akababazi kobacugera ibwirizwanshingiro ryigihugu cikukiye kwatanumwe mw’Isi yovuguruza ivyobavuze bisigurako vyocavyitwako icogihugu catswe ukwikukira kimaranye imyaka irenga 50
    Ahubwo baryabagiye kurega reta yu Burundi bakwiyegusekwa n’Isi yose kuko berekanyeko badasoma ibitabo bivuga ukwibihugu vyikukiye bibabifise ibintu bishoboragukora ntihagire uwushobora kuza kubihindura avuyehanze nubwoyoba arigihangange kwiy’Isi.
    Harabavuze ngumwe womuribarya bashinzwe kwubahiriza ibwirizwashingiro ryuburundi ngoyarase kwemeza ivyabandi baribemeje, abo kubishura biroroshe nkuwokubaza ngo kabiriguteranya kabiri ngobingana bingahe? Ahontana calculator norindagutora biroroshe kwishura.
    Kuko umuntu umwe atrmeye ikintucemejwe nabandi bashika 5-6 ntiwoca ushirahasi baryabatandatu ngucewemera uvyuryamuntumwe, bisanzwe birukwo mubigungu vyose bikoresha amatora uwagize amajwimake niweyoca ashirwa kuntebe yubukuru hanyuma uwagize amajwi meshi akitwa akaburiramwo.

  • harihakenew abagabonk abokw isiyose.ntaworekagushim iyongingoyasentareya eac kukoyarabonyeko ivyakoreweletavyose koryarirementanyaritagirifatiro. nonerero bariyambits umutamana.ayomashirahamwenayo namaramare.mutamawacunaweniyirambire kandibamuveko.

  • Nukuri ivyo iyo sentare yavuze twari tuvyiteze kuko ntamategeko yarenzwe nikomeze ice izibereye.

  • Nibamurek Atware Imyaka Mirerd Namirer Kuk Yabaye Uwamber Mugutwaranez Atakacinyagur

  • Ariko Kagame ya gorwa, yarengana. Igihe cyose abarundi bagize umwiryane, hakaba ubwicanyi mu bihe bitandukanye ni KAGAME kweli? Barundi, bavandimwe, baturanyi, twese turi bene Adamu, ni mushakire igisubizo imbere mugihugu cyanyu kuko niho ibibazo biri. KAGAME is not the problem. Mureke politike inshingiye ku moko ahubwo mwubake politike inshingiye ku Murundi. Kuba umurundi abe aribyo biba identite yanyu kandi musaba Imana kubashoboza. Mbabwire, ivangura moko, ubwicanyi ntaho bishobora kugeza umuntu uwariwe wese. Mwubake amahoro ashingiye kubumwe bw’abarundi naho guhora muririmba KAGAME mu mutuka ntabwo bitanga igisubizo.

  • Wesha Sifa Honore, urigera uboba igihugu nakimwe kibika abababashatse gutembagaza unutegetsi bwigihugu kibanyi caco? Jewe ivyobintu ndabibonye kwa Kagame!!!.

  • Nimupfe gwiza.Ivyo mwakoze vyose vyarabananiye gushika kuntumbero.Nimutekerej mugende mutegure amatora ya 2020.Ahasigay ikinyoma ntajambo kigifise.

  • Iyo sentare ntaco imaze ikwiye gukurwaho kuko ari isentare niryo

  • Ahoho Muracahatevye Nimureke Uwo Munye Ngozi Wacu Adutwara Manda Yanyu Ntiragera Azotwara Imyaka 101 IJANA 104 AZOBA ARI UMUHUZA

  • Ndashimiye Iyosentare Yarabonyeko Abobagabo Kobashaka Ubutegetsi Bahawe,kovyabananiye Gutsinda Amatoranamwe Kuva Ahobahungiye Ahubwo Nibabirukane!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.