Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tatien SIBOMANA: ’’Ntidushobora kumara amezi 8 tudakoranye kandi dutegerezwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Tatien SIBOMANA: ’’Ntidushobora kumara amezi 8 tudakoranye kandi dutegerezwa (...)

Tatien SIBOMANA: ’’Ntidushobora kumara amezi 8 tudakoranye kandi dutegerezwa guterera’’

dimanche 5 Ruhuhuma 2017

Tatien SIBOMANA aheruka gukurwa mu mabanga yo kuvugira umugambwe UPRONA urongowe na Charles NDITIJE amenyesha ko ikurwa rya Charles NDITIJE mu burongozi bw’uwo mugambwe biciye mu mategeko.

Tatien SIBOMANA amenyesha ko ingingo ya 39 mw’itegeko ngenderwako ry’umugambwe rivuga ko mu gihe umukuru w’umugambwe atari hafi canke afatiriwe icegera ciwe ariwe aca amusubirira.

Uwo yahora ari umuvugizi w’umugambwe UPRONA utemewe mu bushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu avuga ko badashobora kumara amezi umunani badakoranye kandi ata nama ibaye,mu gihe bategerezwa gufasha no guterera mu gihe igihugu kiri mu bibazo.

Ku bijanye n’ivyo bagirizwa ko bagomba ibibanza muri Reta,Tatien SIBOMANA amenyesha ko ibibanza babironse kera ariko batigeze babijamwo.


IGIHE

Messages

  • emwe mwabashingantahe izondazanyu zarabagoye.Mwicishije abantu kuva 2015 abazungu babahemba igihugu mugisabira ibihano kugira muronke menshi abarundi turinumira mugira ntitubizi?Ubunaho mufuye amahera umuhuza abahemba abatabazi yogira muri abantu kandi munuka amaraso na macakubiri ihane ntimuzosomera harinduru inyumazanyu kiretse ivyo nugusara muzosara mugende murigusa kubwikibi mwakoreye abarundi.

  • Muta ubwenge kubera kirya kibanza kirimwo Gaston? Kirya n’icumuntu umwe. Izompuhwe mufise ntimuzifitiye abaporona ahubwo mwatanguye kwipanga. Yamara ivya DD nzovyemera ndabibonye .Nashaka menyeshe Gaston na Ngayimpenda ko bacyerewe kk Conciliya na Gaston baramaze gufata ibibanza vyose mwibaza kujamwo nimwishikane ntakundi. Ark aba DD ntibamenyerwa

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.