IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Tennis > Tenis : Raphael Nadal agiye kumara indwi zitatu adakina

Tenis : Raphael Nadal agiye kumara indwi zitatu adakina

mercredi 24 janvier 2018

Raphael Nadal yakomeretse, mu gihe yariko arakina ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 23 Nzero 2018,mu gisagara ca Melbourne mw’ihiganwa rya Open d’Australie.

Raphael Nadal azosubira kugira imyimenyerezo inyuma y’indwi zibiri aho azoba ariko yitegurira ihiganwa rya Acapulco.

Raphael Nadal akaba yababaye mu rukino rwamuhuza na Marin Cilic ava mu gihugu ca Croatie.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.