Accueil > Amakuru > u Burundi > Uburundi bwemerewe ingabire y’imiriyoni 50 z’amadorare
Uburundi bwemerewe ingabire y’imiriyoni 50 z’amadorare
vendredi 28 Ndamukiza 2017, par
Inama nshingamateka hamwe na nkenguzamateka z’Uburundi zemeje ijana kw’ijana integuro y’itegeko ivuga ingabire y’amafaranga Uburundi bugiye guhabwa na IDA (Association Internationale de Développement), iyo ngabire ikazofasha mu gisata c’amagara y’abantu.
Ayo mafaranga angana n’imiriyoni 50 z’amadorare y’abanyamerika azotangwa na banki y’isi yose (Banque mondiale), iyacishije muri IDA, akazokoreshwa mu mugambi "KIRA", mu gukomeza umugambi wa Reta y’ukuvura ku buntu abana bari munsi y’imyaka itanu, hamwe n’abakenyezi bibungenze.
IGIHE
Messages
28 Ndamukiza 2017, 20:16, par Mediator
Abasesemwa ngo iyi ni Leta y,icaduka na banque mondiale isanze itegerezwa imigambi wa nyakwubahwa president Nkurunziza!!!! Nsubire nibutse ko umu sans echec Wakera ariko akoresha izina ryanj ngo antukishe mumwiyamirize . He is stupid or else mentally alienated . we will be your leaders today tomorrow till Jesus comes back and its no longer your time of segregation , crime and torture your time is over¡!!!!!!!!!!!!!!¡
30 Ndamukiza 2017, 13:33, par folmand
Rwa ruririmbo ruti n’amakungu arakenguruka ivyo Nkurunziza akora, erega basanze opposition itigeze ibabwira ukuri sur les réalités burundaises.
3 Rusama 2017, 06:08, par Bamporiki
Nanje ndakengurutse kwiyongabire igihugucacu c’uburundi kizohabwa kuko numvize izokoreshwa umugambimwiza. murakoze.
3 Rusama 2017, 15:10, par Ngabo
@folmand
3 Rusama 2017, 16:07, par Fideli
@folmand
3 Rusama 2017, 16:48, par Fideli
folmand Bamporiki and Mediator comments zanyu ziri poor kabisa. none ninde wababwiye ko babikore Leta yaba DD.ntabwo abarundi bafise ubushobozi buke bazopfira muri ico gihugu mwagize prison abantu batakigira nu rwara rwo kwishima ngo amakungu akomeze arebere. biriya ni mpuhwe bagiriye abarundi bato bato not you (DD) proof nuko bazohereza abazoba bajejwe ku managing izo cash for sure
4 Rusama 2017, 00:11, par Turaje
bazoce bishyura u rwanda ideni barufitiye rwabatangiye muri EAC
Kula kulipa mutama peter.
4 Rusama 2017, 13:08, par Nyabenda Jean
Nibadufashe Nyenentakunditwogira.