IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umuhuza w’abarundi ahamagarira abarundi bahunze guhunguka

Umuhuza w’abarundi ahamagarira abarundi bahunze guhunguka

vendredi 3 Ruhuhuma 2017

Umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA ahamagarira abarundi bahunze igihugu gutahuka ,kugira bafashanye n’abandi barundi kwubaka igihugu.

Mu mubonano yagiranye n’imvukira z’ intara ya Kirundo hamwe n’abarngye abandi mu ntara,umuhuza w’abarundi Edouard NDUWIMANA yasavye abanyakirundo gufashanya hagati yabo,na cane cane mu bijanye n’infungurwa kuko hari abatimbuye.

Ku bahunze igihugu kubera inzara canke ibihuha bijanye n’amatora yabaye mu mwaka wa 2015,Edouard NDUWIMANA yasavye abajejwe intwaro guhimiriza abahunze kugira batahe ku gushaka kwabo,kuko bafise uruhara runini mw’iterambere ry’igihugu.

Bamwe mu bari bitavye iyo nama bamenyesheje ko mu ntara ya Kirundo himbuka bike,mu gihe ababikeneye ari benshi.


IGIHE

Messages

  • ukonukurinimukoreribishobokavyose,batahe,ubuhungirobura,babaza,nayobiteze,nkuru.Abamukura,ntabo,mwemeranenawe,mugutu

  • NIBAHUNGUKE KUKO MUBURUNDI AMAHORO NI YOSE KWELI,NTAGISHMISHJE NKICO

  • ewe Edouard nduwashetani urantwengej pe!!!ubwiye buramatari wa kirundo ngo abwire abo murwanda nabandi NGo batahe ntasoni?shikayo wew ubivuge!!!

  • Ewe Edourd nduwumuhemu ivyo ubivuga atasoni!? abahunze bacitse kwicumu, bamwe mwabagize ibimuga, abo nabi Mana yongeye imisi.None uriko urarondera abuhohosha?,abatashe bavuye murikongo mwabashikije mumpimba!, abahungutse mumwaka uheze wa 2015 birukanwe nurwanda kubera baribabayeyo badafise ibisabwa namategeko yu Rwanda, babarungitse hano muburundi, bashikiye mugasho muntara ya Kirundo. Nakebura uwi Mana yarokoye yihangane, kuko na Yesu ya rahunze Herede agomba kumwica, bizohinduka ukobiruyumusi siko bizokwama, murakoze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.