Accueil > Amakuru > u Burundi > Umukuru w’igihugu yagenye umuserukizi adasanzwe w’Uburundi
Umukuru w’igihugu yagenye umuserukizi adasanzwe w’Uburundi
mardi 25 Mukakaro 2017
Uwo yagenywe ni Stella BUDIRIGANYA yahora avugira inama nkenguzamataka yagenywe kuba umuserukizi adasanzwe w’Uburundi kw’itegeko no 100/144 ryo kuwa 21 Mukakaro 2017.
Uwundi yagenywe ni Stanislas NDEREYIMANA,yagenywe mu kibanza c’umuhanuzi mu biro vy’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu bijejwe intwaro n’imigenderanire,kw’itegeko no 100/142 ryo kuwa 21 mukakaro 2017.
Stanislas NDEREYIMANA yasubiriye Apollinaire NDEREYIMANA.
MUGISHA Van Naris