IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umumenyashamakuru akorana na Radio Maria ari mu minwe y’igiporisi

Umumenyashamakuru akorana na Radio Maria ari mu minwe y’igiporisi

mercredi 5 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuvuguzi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE aremeza ayo makuru, akamenyesha ko uwo mumenyeshamakuru Bananeno Joseph apfunzwe yagirizwa ivyo yavuze ku munsi w’Imana, mu giporisi bakamenyesha yagomvye guhungabanya abantu.

"Yagirizwa ko yagomvye guhungabanya umutekano akoresheje inkuru z’ibinyoma yariko arakwiragiza kuri Paruwasi yitiriwe Umweranda Augustin mu Buyenzi. Yavuze ko hari ukozi bw’ikibi bugira bube kandi atarivyo. Nivyo ariko arabazwako.", uko niko umuvugizi w’igiporisi asigura, akamenyesha ko uwo mufashabutumwa wa Radio Mariya agiye gushikirizwa ubutungane kugira akurikiranwe kuvyo yagirizwa.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.