IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji w’ibidukikije aragabisha abaturira imiriro ya (...)

Umushikiranganji w’ibidukikije aragabisha abaturira imiriro ya nyakanga

samedi 5 Myandagaro 2017

Ari mu ntara ya Rutana,umushikiranganji w’ibidukikije ,amatongo no gutunganya ibisagara yavuze ko itegeko rikingira amashamba rihari kugira baryisunge mu gihe cose hari uwuyahungabanije.

Umushikiranganji w’ibidukikije yavuze ko uwuzofatwa ariko ahungabanya amashamba azohanwa hisunzwe itegeko rikingira amashamba.

JPEG - 164.3 ko
Celestin NDAYIZEYE,Umushikiranganji w’ibidukikije

Kubera ibihano bishobora kuba biremereye cane, umushikiranganji Celestin NDAYIZEYE yasavye abaturira amashamba kubihagarika, kugira ivyo bihano ntibizobashikire.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.