IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umushikiranganji w’ukwivuna abansi w’Uburundi yatanze intererano (...)

Umushikiranganji w’ukwivuna abansi w’Uburundi yatanze intererano y’amatora

vendredi 17 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Amafaranga imiriyoni zibiri z’amarundi niyo Emmanuel NTAHOMVUKIYE yatanze mw’ibanki nkuru y’igihugu (BRB) kuri uwu wa gatanu.

Umushikiranganji w’Uburundi ajejwe kwivuna abansi akaba yahamagariye n’abandi basirikare b’Uburundi kugira nkawe, baterere amatora yimirije mu Burundi.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Umushikirangaji wo kwivuna abansi wa bandia (mu Giswahili). Aho gushiramwo za mpuzu za camouflage ngo atwereke amapete n’imidari yakuye ku rugamba agenda gutwara igisirikare yambaye nk’uwavuye muri Africa y’Uburengerazuba. Uwo arutwa n’umukaporali. Wumva abo yateye akamo bomwumvira gute?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.