IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Umwimbu w’ubutare bwa Coltan uboneka ku kwezi wariyongereye

Umwimbu w’ubutare bwa Coltan uboneka ku kwezi wariyongereye

mardi 16 janvier 2018

Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA avuga ko ubutare bwazimira bwaba bwashowe mu bihugu bibanyi, mu nzira zitazwi n’amategeko.

Mw’ijambo yashikirije yipfuriza abarundi umwaka mushasha wa 2018, umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yavuze ko uwo mwimbu mwiza bawukesha abajejwe intwaro n’abajejwe umutekano barwanije bimwe biboneka, urudandazwa rudakurikije amategeko rw’ubutare.

Umukuru w’igihugu yavuze ko mu mwaka wa 2017, hafashwe itoni zirenga 19 za karumbeti (Coltan),itoni imwe n’igice za gasegereti (Cassiterite) n’itoni indwi n’igice z’ubutare bwa Nickel.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.