Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urunani CNARED rusaba igenwa ry’umuhuza mushasha ataho ahengamiye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Urunani CNARED rusaba igenwa ry’umuhuza mushasha ataho ahengamiye

Urunani CNARED rusaba igenwa ry’umuhuza mushasha ataho ahengamiye

lundi 30 Nzero 2017

Urunani rw’imigambwe itavuga rumwe na Reta CNARED-GIRITEKA rusaba umuhuza Yoweri Kaguta MUSEVENI gukorana n’abakuru b’ibihubu vy’akarere kugira bagene uwundi ataho ahengamiye kandi abishboye yosubirira Benjamin Mkapa.

Mw’itangazo ryateweko umukono n’umuvugizi w’urunani CNARED-GIRITEKA Pancrace CIMPAYE kuri uno wa mbere igenekerezo rya 30 Nzero umwaka wa 2017,urwo runani rumenyesha ko rutacizeye umuhuza Benjamin Mkapa kuko yerekanye ko ahengamiye ku butegetsi bw’Uburundi.

Muri iry tangazo urunani CNARED-GIRITEKA rumenyesha kandi ko rwizeye ibiganiro bihagarariwe n’ibihugu vy’akarere ka Afrika y’Ubuseruko,bihagarariwe n’umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Kaguta MUSEVENI.

Haraheze iminsi mike urunani CNARED rumenyesheje ko rutiteguye kwitaba ibiganiro bitumweko n’umuhuza Benjamin Mkapa,urwo runani rukavuga ko umuhuza Benjamin Mkapa yerekanye ko ashigikiye uruhande rwa Reta


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.