IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Uwahoze ari umushikiranganji w’Uburundi yitavye Imana

Uwahoze ari umushikiranganji w’Uburundi yitavye Imana

mercredi 10 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo yahoze muri Reta ya mbere y’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yitavye Imana ku myaka 64, akaba yarigeze n’ukuba Buramatari w’intara ya Kirundo.

Umuhisi Phillipe Njoni yavukiye muri komine Ntega, intara ya Kirundo, mu mwaka w’1953. Yize kuri Kaminuza y’Uburundi kuva mu mwaka w’1973 gushika mu mwaka w’1977.

Gaston SINDIMWO, icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu c’Uburundi yahojeje umuryango w’uwo mushikiranganji.

JPEG - 21.2 ko
Philippe NJONI yahoze ari umushikiranganji w’Uburundi

NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.