IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ababuranira Petero Karaveri Mbonimpa basaba ko yoja kuvurirwa (...)

Ababuranira Petero Karaveri Mbonimpa basaba ko yoja kuvurirwa hanze

mardi 4 Myandagaro 2015

Abashingwamanza baburanira Petero Karaveri Mbonimpa bandikiye umushikirizamanza kizigenza wa Republika bamusaba ko yosohoka igihugu,mu ntumbero yo kwivuza inyuma yaho arasiwe n’abantu bataramenyekana ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 3 Myandagaro 2015.

Ababuranira Petero Karaveri Mbonimpa arongoye ishirahamwe APRODH babisavye inyuma yaho abaganga bamukurikirana bamenyesheje ko urusasu rwamaze kumuvamwo,ariko ko akeneye kuja mu cuma ca Scanner,ico naco kikaba kiri mu ntara ya Karuzi,kandi umurwayi atoshobora gushikayo.

Kuva mu mwaka w’2014,Petero Karaveri Mbonimpa ntashobora gusohoka igihugu,inyuma y’ingingo y’ubutungane,yafashwe kugira arekurwe amaze imezi atari make mw’ibohero rikuru rya Mpimba.

Van Naris Mugisha

Messages

  • None Mu Karusi Nohanzn Hafi Nihe ?Muraraba Ntimube Abakinyi B,amareresi. Ayo Yogiyeko Nibasabe Mugisoda Ntandege Ziriho Reka Gukuza Inkuru Kumwe Hatangazwa Ko Yarashwe Atararaswa

  • None Mu Karusi Nohanzn Hafi Nihe ?Muraraba Ntimube Abakinyi B,amareresi. Ayo Yogiyeko Nibasabe Mugisoda Ntandege Ziriho Reka Gukuza Inkuru Kumwe Hatangazwa Ko Yarashwe Atararaswa

  • uwarashe petero karaveri mbonimpa akwiye kuja kubanza kwiga ukuntu barasa kuko ntivyumvikana ukuntu bomuhusha nkakurya. harya yabona atabishoboye yarikubireka hakagenda ababishoboye nkarya masasu yazize iki?ntakundi birababaje.abishimye nabo ngo bishe adolphe barihenda hapfuye adolphe ntihapfuye ba adolphe kandi na major ngurube yarapfuye yatwara umuhari ,beshi barishimye bibaza ngo cndd fdd icisenyuka ariko yarabandanije gushika nubu

  • Melchiade na Bongo murigira itw’inda yigira mw’ibutura. Adolphe yishwe n’abiwe, nibaba baryohewe urazi aho bari kandi ngira urabashikira. Genda rero ubibabarire bareke kwitwaza urwo rupfu mu gusasika iganda zizira ubugugu bwanyu. I Karusi naho ni kure kuko amabarabara ameze nabi, indege ziriho si izo gutwara umuntu amerewe gutyo. Nomwagira Imana mugashikira imyaka afise muzobibona.

  • Wewe Wiyise Bongo Nawe Nturibuye Kandi Icowiyumvira Ntacocohindura Kukubayeho Urimubansi Bamahoro Mugabo Urucira Mukaso Rugahitana Nyoko Yabawaruzi Icobivako Abariko Bapfa Bose Bitewe Na 3 mandent Kandi Irisha Mukike Isotera Mpanda Ntuvugenabi Gusa Hariho Ukwihorana Mugabo Imana Ningabo President Niwe Nyirabayazana

  • Igihugu C’uburundi Cotwagwa N’umungihugu Ngirango Amahoro Kubantu Batobato Yoboneka Kaminuza Twarituziko Yigisha Umubono Mwiza Nogukunda Uburundi Kwubahiriza Agateka Kazina Muntu Noneho Kaminuza Y’uburundi Yigisha Guhonya Ukuzako Nuwo Mwahora Musangira Peter Akwiriye Gufatwa Nka Kadafi Canke Laurent Bagbo Twizigiye Amakunga Abanguranye Bujumbura Itarahinduka Umusaka

  • IMANA NITABARE UBURUNDI N’ABARUNDI MUZEEH NIBAMUREKE AVUGWE MBE BATINYA KO ATOROKA MBE NTA ENTERPOLE IRIHO

  • None Mbonimpa Bamwagiriza Iki? Kugira Aburane Yakoze Icaha Ikihe?Ko Nibazako Ataco Azira

  • None Adolphe Yoba Yazize Iki?Konzi Yari General

  • Nne bashak k adakir n bamurek aj kwivuz uy mutam ntaduc mu myany yintok kuber adukingiy vyish kand abashats kumugandagur bakubitw intah mu gahang .

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.