IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abafurera b’abanyarwanda bari bafashwe barekuwe

Abafurera b’abanyarwanda bari bafashwe barekuwe

lundi 19 Gitugutu 2015, par egide

Abafurera babiri b’abanyarwanda bo mu muryango w’aba Dominicains bari bafashwe kuri uwu wa gatandatu barekuwe ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana.

Abo bafurera b’abanyarwanda bari bafatiwe hafi y’ikibuga bita kuri Parquet, mu gihe bari bavuye kwinononora imitwi. Mu gatondo ko kuri uwu w’Imana, Furera Emmanuel NTAKARUTIMANA, nawe asanzwe ri muri uwo muryango w’aba Dominicains, yari yamenyesheje ko bakirondera aho abo bagenzi we bapfungiwe, bongera bagerageza n’ukubaza igituma bafashwe.

Ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana akaba ariho abo bafurera barekurwa, inyuma y’ijoro rimwe bari bamaze bapfungiwe mw’igendereza i Bujumbura.

Impamvu yatumye bafatwa n’ukumenya namba boba barakubaguwe bikaba bitaramenyekana.


IGIHE

Messages

  • INTANGO YUBUHANZA NAMASOSO IYOBITACA BIMENYEKANA BABA BABAYFESE ABARUNDI NTIBAFYINA NABICANYI BOKUGWEGO GWOHEJURU

  • Nyakubahwa President Nkurunziza, reka iyomigenzo ukorera abanyarwanda. turabavandimwe, kandi erega ntanyungu nimwe Urwanda rwokungukira mumutekano muke womubavukanyi Babarundi. Reka gufunga abatariho urubanza, kandi nibwira ko urimo kugwiza abanzi kurisha abakunzi. cyane cyane murirubanda rutoruto. Amahoro yawe nibyo byishimo byacu. njya numva ngo URASENGA!!!!! Niba aribyo nunvisengo nawe wigeze gufungwa, uzi uko prison imeze siheza hogusyira umuntu utariho urubanza. kandi amateka azabikubaza.

  • Barasenze Barumvigwa .Uwuhoraho Yarabazigamye Kumwe Yazigama Daniyeri Mugwobo Gwintambwe.

  • UWUHORAHO YARABAZIGAMYE KUMBE YAZIGAMA DANIELI MUGWOBO GWINTARE,

  • urwo rwango nkurumbi afitiye abanya rwanda ,ndababwirako arushwa nubusa kuko sicyo gisubizo cyamahoro arambye muburundi , twebwe tuzi aho twavuye kandi tuzi naho tugana rero baravuga ngo umutonomo wigikeri ntubuza inka kunywa amazi azumve ko hari umuyobozi numwe w’urwanda azata umwanya wiwe ngo arasubiza nkurunziza ntibishoboka kandi ntanubwo bizashoboka ibyo akora tubyita amateshwa, rero turamusabye asigeho guhohotera abanyarwanda bari mu burundi , cg akomeze akore mujisho ry ;intare isomo ashaka guhabwa azaribona.

  • Nubundi abahutu bi Rwanda bigishijwe nabiburundo gukera amazosi

  • Yaco muba mudutukira umukuru w’igihugu mugihe muziko atawundi canke ikindi gihugu tuzigera turonka!Gerageze mukunde uburundi na nyakubahwa umukuru w’uburundi president Pierre NKURUNZIZA aragahabwa umugisha n’IMANA yo mw,ijuru!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.