Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abagize ibiro vy’inama nkenguzamateka bamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abagize ibiro vy’inama nkenguzamateka bamenyekanye

Abagize ibiro vy’inama nkenguzamateka bamenyekanye

vendredi 14 Myandagaro 2015

Ibiro bigize inama nkenguzamateka y’Uburundi,akaba ari nabo bazoyirongore mu myaka itanu, gushika mu mwaka w’2020 batowe n’abakenguzamateka bitavye ibikorwa vyayo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 14 Myandagaro 2015.

Umukuru w’inama nkenguzamateka yatowe ni umukenguzamateka Reverien Ndikuriyo,umuhutu ava mu mugambwe CNDD FDD, akaba avuka mu ntara ya Makamba.

Mu vyegera vyiwe bibiri,icegera ca mbere ni umukenguzamateka Spes Caritas Njebarikanuye,umuhutukazi avuka mu ntara ya Gitega,mu gihe icegera ca kabiri ari umututsi Anicet Niyongabo avuka mu ntara ya Bururi.

Mwomenya ko ibikorwa vy’inama nkenguzamateka vyatanguye kw’igenekerezo rya 12 Myandagaro 2015,bikaba bizorangira kw’igenekerezo rya 18 Myandagaro 2015.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.