Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakenyezi bo muri CNDD-FDD bagendewe na bagenzi babo bo muri (...)
Abakenyezi bo muri CNDD-FDD bagendewe na bagenzi babo bo muri CCM
lundi 8 Ndamukiza 2013
Urwego rw’abakenyezi bo mu mugambwe CNDD-FDD mu ntara ya Ruyigi baragendewe na bagenzi babo bo mu ntara ya Kigoma, mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya bahurikiye mu mugambwe CCM( CAMA CA MAPINDUZI) uri ku butegetsi.
Nk’uko twabimenyeshejwe n’umunyamabanga mpuzabikorwa mu rwego rw’abakenyezi mu mugambwe CNDD-FDD ku rwego rw’igihugu, kabaye akaryo ko guhanahana ivyiyumviro ku ruhara rw’umukenyezi mw’iterambere ry’igihugu.
Egide Nduwimana