IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abantu bataramenyekana barateye umuhana wo ku musozi Ndava

Abantu bataramenyekana barateye umuhana wo ku musozi Ndava

mardi 16 Ndamukiza 2013

Ku musozi na komine ndava mu ntara ya Mwaro, kuri uyu wa 15 Ndamukiza 2013 igihe c’isaha zitanu zijoro, abantu bitwaje imipanga n’amahiri barateye k’urugo rwa Inyasi Hahizimana.

Abagize ico gitero ,ntibaramenyekana, ariko abantu 2 bikekwa bakaba bamaze guhagarikwa n’igipolisi.Nyene urugo n’umupfasoni wiwe bakomerekejwe n’ako karwi k’abantu, bariko bavurirwa kubitaro vya komine Ndava.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.