IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abanyamideri bakiriwe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza

Abanyamideri bakiriwe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza

vendredi 4 Mukakaro 2014

Bamwe mu banyamideri bo mu Burundi no mu bindi bihugu bakiriwe n’umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Muri abo banyamideri bakiriwe, haba harimwo umwe Pathé’O, umunyamuderi wo mu gihugu ca Afrika Y’Epfo, yari asanzwe yambika umukuru w’igihugu wa mbere w’umwirabure muri ico gihugu Nelson Mandela. Pathé’O rero, bikaboneka ku masanamu ko yahaye n’akaganuke umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza.

Abo banyamideri rero, bakaba bakiriwe kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 4 Mukakaro uyu mwaka.

Ni mwirabire uko vyari vyifashe ku masanamu.


Aristide Nizigire

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.