Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abanyapolitike bagize ico bashikirije ku nama y’abakuru b’ibihugu vyo mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Abanyapolitike bagize ico bashikirije ku nama y’abakuru b’ibihugu vyo mu (...)

Abanyapolitike bagize ico bashikirije ku nama y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere

lundi 6 Mukakaro 2015

Mu gihe abakuru b’ibihugu vy’ishirahamwe ryo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko bakoraniye mu nama i Dar-Es-Salaam kuri uno wa mbere igenekerezo rya 6 Mukakaro,abanyapolitike mu Burundi bashikiriza ivyiyumviro bitandukanye ku gishobora kuva muri iyo nama.

Kubwa Agathon Rwasa arongoye urunanai rw’Abigenga Amizero y’Abarundi,avuga ko akarere ka Afrika y’Ubuseruko bokwifatanya n’ayandi makungu mu kwiyamiriza amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yatunganijwe n’uruhande rumwe,kandi atabaye mu muco.Asaba ko hotunganywa amatora nk’uko vyasabwe n’abahuza.

Ku ruhande rwa Gaston Sindimwo umunyamabanga mukuru w’umugambwe UPRONA,yibaza ko abakuru b’ibihugu vyo mu karere bakeza Uburundi kuba bwaratunganije amatora.Amenyesha ko abakuru b’ibihugu vyo mu karere ataribo beeza amatora ariko babikurikiranira hafi.


Van Naris Mugisha

Messages

  • abanyafurika barashigikirana naharuko turabe ko kobazodufasha nabo batifashij nibumv kodukwiy kunumagura tws kino gihugu

  • Ahubwo nube uritegura kuko ejo aho bukera niwewe ukijako, ntimugotwe ubu iyi mandat niya RWASA kuko ntawundi abenegihugu biyumvamwo nimwasamara nakazi kanyu. Yavuze ati yagifashe kunguvu nanizo zizomukura...! Amahirwe. Meza.

  • mutama igisokani ca gouvernement yuburundi urakibna uzoce utaza bakabko nabatonda mubitaro bambaye ivyimbonerakure kugra bakange abantu.

  • mutama igisokani ca gouvernement yuburundi urakibna uzoce utaza bakabko nabatonda mubitaro bambaye ivyimbonerakure kugra bakange abantu.

  • Je Ndizeye Ko Bahava Bafata Ingingo Zo Gutabara Uburundi..Ahandi Ho Nabone Ibihugu Vyabo Ntibizoguma Bitekanye Umubanyi Ata Mahoro Afise.

  • Mb basha rwasa kotwamutoy ashaka kuduhemukira?turagow ahoho politik yoba yamunaniy rek yank ivyavuy mumator charl nditij ac avyitwarir ibibanza hary abatutsi badusumvya ubweng ahubw jew mbona amator yagenz nez sinzi ico bitwaza erega abanyagihugu nibo bafis ijambo

  • Mb basha rwasa kotwamutoy ashaka kuduhemukira?turagow ahoho politik yoba yamunaniy rek yank ivyavuy mumator charl nditij ac avyitwarir ibibanza hary abatutsi badusumvya ubweng ahubw jew mbona amator yagenz nez sinzi ico bitwaza erega abanyagihugu nibo bafis ijambo

  • Mb basha rwasa kotwamutoy ashaka kuduhemukira?turagow ahoho politik yoba yamunaniy rek yank ivyavuy mumator charl nditij ac avyitwarir ibibanza hary abatutsi badusumvya ubweng ahubw jew mbona amator yagenz nez sinzi ico bitwaza erega abanyagihugu nibo bafis ijambo

  • Ndababajw na gaston ivyavuga ntibitahurika kuvuga ko amatora yagenze neza bukeye ngo eac nidukez kumatora yaba arayukuri hatoye 50% cni yananiw gute gutanga ivyavuyemwo

  • Jewe Nibaza Ko Bamaze Kwerekana Aho Bahagaze Basigaje Gusigamavuta Abo Nabo Ibihuha Nizo Ndimi Zabo Nibakarishe Nizo Zizobamwa Turiteguye Kumutora Mbe Mwa Kimenyeshamakuru I G I H E Ko Mutanditse Aho Yuguruye Ibikorwa Vy,ibarabara Riva I Nyakararo Ivyiza Ntimubivuga Mwarahinyutse

  • Ndagukeje Nyakwubaha mutama wewe wizewe nabarundi bose ko ari wewe ukenewe kuzorongora Uburundi mumatora buca tujamwo yizewe na bose atari inkinamico ya cndd fdd. aho aba cndd fdd bonyene ubwabo munkinamico yabo bagaragaje neza muriyo nkinamico nyene biteguriye ko badakeneye Nkurunziza ahubwo bakeneye wewe Nyakwubahwa Nyenicubahiro future President Agathon Rwasa. None ko abanama rimwe bawe tutigeze tuja munkinamico ngo tuguhe amajwi CENI ikaba imenyesha ko ufise ikibanza ca 2 utatowe n abawe ntiwumva ko amajwi buca aba ikirenga? ntiwumva ko twibwe amajwi mu matora ya 2010? Ndayicariye ntubona ko yimaramaje wenyene ubwiwe? akongera akifatisha? nasezererwe rero ajanene inzirimwe na Nkurunziza.

  • nababitunganye turonak amahoro hako tururwamwo tutaz ico tuzira tutari buronk igiti nkabo baduhendagiza sha twarabahinyuye

  • NANJE NIBAZA KO ABOBAKURUBIBIHUGU BATEGEREZWA GUSHIMA UKUNTU AMATORA YAGENZE GUKO KIRETSE ABATASHAKA K’AMATORA ABA ABENEGIHUGU ISINZI SIBOBABONYE HARAGEZE NGO BATORE KANDI BATOYE MUMUTEKANO NTANGERE MUGIHE IKIBAZO C’UMUTEKANO CARI ICITWAZO KUGIRA AMATORA NGO NTABE! KANDI VYONGEYE ABENEGIHUGU NTIBATAYE UMWANYA MUKUJA GUTORA ,IBIZOVAMWO BITEGEREZWA KWEMERWA. IVYUKUVUGA NGO NTIYABAYE MUMUCO SIVYO.WOMENYA KOYABAYE MUMUCO UTASHATSE KUBIKURIKIRANA? ABENEGIHUGU BO BARAVYIBONEYE! UWUTAYEMERA N’UWUTASHATSE KABA ARIKO YARABAYE KANDI YITABWE NABOSE NAHOBARIBABUJIJWE KUYAJAMWO

  • NYAKWUBAHWA MUTAMA WACU RWASA, RABA NUKURI UDUTETURURE VYUKURI TWARAKWIZEYE NTUTUMARAMAZE.TURAGUSENGERA IMANA YO MWIJURU IKUJIMBERE.

  • NTA RWASA YOTSINDA NKURUNZIZA NDABARAHIYE?IVYO NIJE NDABIBABWIYE ASHAKA ARIPIMA KANDI PAR AILLEURS NTAGIHUGU YOSHOBORA NUWOKIMUHA UBU NYENE.
    DEJA ABANYAMURENGE BARAMURINDIRIYE....!!!!

    MBEGA RANAC KWARI WE YAYIFONZE VYAGENZE GUTE NGO AVEMWO HAHHAHAHAAAAA

  • Hari gishasha mwoshikiriza si kirya nyene! Nimwicare ngaho ivyanyu turabizi muzi kuvuga gusa no guteza akajagari

  • rwasa hora we ntavyawe we nibaza ko umez nkumwana ahiye mukwaha mb we ntubona ko ataco uzovamwo wishinga imigambw itaronka na 1% we twaguhevy urukagabo niryo!

  • rwasa hora we ntavyawe we nibaza ko umez nkumwana ahiye mukwaha mb we ntubona ko ataco uzovamwo wishinga imigambw itaronka na 1% we twaguhevy urukagabo niryo!

  • icofasha uburundi n,abarundi,nuko bogondoza peter agasokora kuko akongera gutwara uburundi buzosigara arubw,imbonera kure gusa,abeshi tuzoca twomoka,umuntu abantu bicwa ijoro n,umurango akirabira hirya kandi ariwe bivako!!

  • Manda ya3 rwasa agatho niyawe kandi nisezerano twahishuriwe gasto we naje kurya ayobamuhaye aramaze mbe gasto ko mwatunganije amatora peter kwarara rubunta muratwengeje

  • Abanyepolitike twarabahinyuye ukabura kugogoteza.

  • AMATORA YABEREY HE ?NKAKARORERO IBURURI HATOYE 34.51% MURUMVA KO ABARENGA 65% BATAYITAVYE RERO AKWIYE GUSUBIRWAMWO!

  • AMATORA YABEREY HE ?NKAKARORERO IBURURI HATOYE 34.51% MURUMVA KO ABARENGA 65% BATAYITAVYE RERO AKWIYE GUSUBIRWAMWO!

  • AMATORA YABEREY HE ?NKAKARORERO IBURURI HATOYE 34.51% MURUMVA KO ABARENGA 65% BATAYITAVYE RERO AKWIYE GUSUBIRWAMWO!

  • Ntakintu kinini twitez mur’iyo nama,Abakuru b’ibihugu vy’AFRIQUE nico k’imwe bakunda kuguma k’ubutegetsi kubera inyungu zabo twebwe abanyagihu bakatusugura ntibabone amarushwa tuba turimwo kandi aritwebwe tubatora kugira baduserukire

  • IVYO RWASA AVUGA NIVYO ABO BIRIKUMWE NIVYO IKIBABAJE NUKO NAWENYENE NIYATWARA AZOBA NKABANDI.MUBIRABURE NTANUMWATWARA KUBWAKUNDABANYAGIHUGU KIRETSE RWAGASORE NA NDADAYE NA...BARUNDI NTAMUNYAMAHANGAZODUHAMAHORO CANK AGATEKA TUTAVYIHAYE,TWEBWE NYENE!

  • manda ya3 pita yayirekuriw kuva ryari?
    ha bagabo turye duhana ntitube nk’imbwa n’akayabu.

  • ABOBOBAVUGANGO BAZOHUNGA NIBAGENDE

  • Ariko Uwo Gaston Sindmwo wa Uprona arondera iki, bamutumye gucafuza umugambwe wa héros national Rwagasore, ntavyo ukwiye kweri,kuko ivyo ukora Prince ntavyo yokwemera, none idéologie yawe mwe na Consilie niyahe? ahubwo reka kwinyegeza inyuma ya Uprona uje muri CNDD, uratukishije umuryango wawe niyo uva kweri

  • Rwasa.Ramba.Ntutinye.Izo.Ntunva.Amatora.Yabereyehe?Gasto.Nabe.Mwikuturiya.Ico.Gihemu.Inda.Yatay.Yaronse.Aamajwi.Angahe?Cndd.Mwibuke.Ko.Iyo.Mivo.Yamaraso.Mwicayeko.Izobatwara.Mumarushwa

  • mutama rwasa non wew ko ndakzi mur rural vyukur uwo nkurunziza yarabananiy?gasto nawe koma nyoko.wew uri akabwa kaba cndd fdd.mbeg ko amator yabay nkurunziz akab aguma araraguz atakigra nawe aharara mber jew niabza ko ari maraya.umugor wiw

  • Ariko Agato abamywanyibawe urabahemukiye gose!.

  • ico novuga nuk bogira uk mutama abivuz

  • IMANA YONYENE NIYO ISIGARANNYE IJAMBO RYANYUMA

  • Haragez k’abarndi tuba abshingntah. nn niwba umukru wigihgu ntuzkora nkabndi?erga naw har’arabkwagriza ko wabhemkiy,mwse murbamwe,reka kudkinirako.mwse nivycaro murndera.dushaka amahoro!!

  • Afrika irik6 irisubiza mubuja nomukag kuko iriko iratakaza ijambonubushingantahe.ivyo EAC yaray ivuz ntibigira umutwe namaguru.aurevoir démocratie muri Afrika.regretable!

  • jewe iconiyunvira nukwohobandamya amatora 15 yumukuruwigihugu

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.