Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gitega : Abaririmvyi bahayagiza inzu y’ubutambiro yabo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Gitega : Abaririmvyi bahayagiza inzu y’ubutambiro yabo

Gitega : Abaririmvyi bahayagiza inzu y’ubutambiro yabo

jeudi 3 Mukakaro 2014

Abaririmvyi bo mu ntara ya Gitega bagiye hamwe bakora ururirimbo rutazira inzu y’ubutambiro yo mu ntara yabo "Olympia Club". Isanamu y’ururirimbo yakorewe mu gisagara ca Bujumbura.

JPEG - 63 ko
Ifoto y’uruhimbi rw’ibinyobwa muri Olympia Night Club

Isanamu y’urwo ruririmbo "Olymbia Club" rwaririmbwe n’abaririmvyi b’i Gitega "All Stars Gitega". Iyo sanamu yerekana ubwiza bw’inzu y’ubutambiro "Olympia Club" yakorewe mu nzu ihinyanyura amajwi n’amasanamu "Sky Music" ikorera ku Mutakura, ku muhinyanyuzi Akes Pro.

Mwomenya ko abaririmvyi b’i Gitega bafise ingorane zo kubura amazu y’abahinyanyuzi, babanza gufata urugendo baza mu gisagara ca Bujumbura.

Amafoto yo mu butambiro Olympia Night Club"

Raba isanamu y’ururirimbo "Olympia Club" by All Stars Gitega


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.