Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abasirikare b‘igihugu bagiyekuja’’ vuba mu gihugu ca Mali’’ ,Umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Abasirikare b‘igihugu bagiyekuja’’ vuba mu gihugu ca Mali’’ ,Umukuru (...)

Abasirikare b‘igihugu bagiyekuja’’ vuba mu gihugu ca Mali’’ ,Umukuru w’igihugu

mercredi 13 Ntwarante 2013

Abasirikareb’igihugu c’Uburundi bagiye kurungikwa vuba mu gihugu ca Mali mu ntumbero mpuzamakungu yogushigikira Mali (MISMA) canke igikorwa kizoza cogushigikira amahoro gikorwa n’ishirahamwe mpuzampakungu ONU,bikaba vyavuzwe n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza.

« Igihugu cacu kiritanga cane mu bikorwa vyo gukomeza amahoro muri Afrika hamwe n’ahandi kw’isi nk’akarorero igihugu ca Somaliya,Darfour muri soudan, cote d’Ivoire , Haiti hamwe na Mali vuba cane’ », vyavuzwe n’umukuru w ‘igihugu mu nama mu kigo c’Abafaransa kigejejwe imigenderanire mpuzamakungu(IFRI).

Uburundi rero bukaba bwaregerejwe cane mw ‘ ishirahamwe ry’ubumwe bw’Afrika ariko kandi no muri CEDEAO(communaute economique des Etats d’Afrique de l’ouest) kugira batange intererano hakwirikijwe uburambe bufise kugira Mali ishobore kuronka amahoro,nkuko abandanya abivuga.

Umukuru w ‘igihugu c’ubufaransa Fransisiko Hollande akaba yari yashimiye mugenzi we w’Uburundi kubona yaremeye kuja muri MISMA.


Floxella Karire

Messages

  • Mbega mwoshobora kutubariza igituma urugendo rw’umukuru w. igihugu ata radion television nimwe yo kw’isi même TV5 MONDE muri journal France-Afrique ntibigeze bavuga ugwo rugendo mugabo igihe Ruvakuki yapfungurwa ama TV yose kuva muri América Hollande ,France Angleterre baravyerekanye none hoba hariho umuntu yoba yarabibonye ?ni igitangaza ntaho vyari bwaboneke .

  • @Joli
    Ndagushigikiye muvyo uvuga kuko biratangaje cane kubona ata TV nimwe yo kwisi yigeze ibivuga..Ako nagasuzuguro(Akagaye gakomeye cane rwose!!!!

  • Uwigize igitebo bamuyoza umwavu, mbe urwo rugendo muvuga rwari rugamije iki erega si ugupfa kuvuga kandi mu menye uburundi kiri mu bihugu vyambere bigayitse kubera inyifato yacu twebwe abarundi (guhonyanga agateka ka zina muntu, kunyuruza itunga ry’igihugu nibijanye n’ibijanye n’ibiganiro vya politije yabo batavuga rumwe na reta) none wumva yoba yagiye avuga iki kizima caranguwe mu Burundi? Ronderera aho

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.