IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abasirikare b’Uburundi batanguye kuja gusubirira abari muri Somaliya na (...)

Abasirikare b’Uburundi batanguye kuja gusubirira abari muri Somaliya na Centrafrique

jeudi 11 Ruheshi 2015

Abasirikare b’Uburundi 168 bafashe indege mu gatondo ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 11 Ruheshi bagana i Mogadiscio mu gihugu ca Somaliya. Bagiye mu ntumbero yo gutangura gusubirira abasirikare bo mw’ibatayo za 26 na 27 za AMISOM barangije ikiringo.

Amakuru twahawe na Colonel Gaspard Baratuza avugira igisirikare c’Uburundi, ico gikorwa kizobandanya gushika mu mpera z’ukwezi kwa gatandatu, 2015, kandi kiriko kirakorwa ku basirikare bari mu gihugu ca Centrafrique.

Ku basirikare baja kugarukana amahoro mu gihugu ca Centrafrique ku rwego rwa MINUSCA,,abasirikare 210 nibo bafashe indege isaha zitatu zo mu gatondo.Ubaye umurwi wa kabiri ugiyeyo inyuma y’uwari washitseyo mu kwezi kwa Kigarama,2013.

Mu gihugu ca Somaliya hariyo abasirikare b’abarundi 5118 kuva mu mwaka w’2007,mu gihe muri Centrafrique hariyo abasirikare 850 kuva mu mwaka w’2013.


IGIHE

Messages

  • Abasi Buburundi Barakaka.Komera Kumuheto Ngabo Zuburundi Imana Ibajimbere.

  • Abavuganabi uburundi bari bakwiye kuvuga nivyiza bukora komara kumuheto ngabo zigihugu kandi ntimuze mwigere mwemerera nabadashaka amahoro iwanyu

  • Ese Kotuzi Kabasoda Kacungera Umutekano Mugihugu Kirimwintambara Muburundi Ikaba Ihari Abanye Somaria Nibobogucungira Umutekano Ni Wanyumuwubuze? Ese Gukunda Somaria Ukibagirwa Igihugu Cawe Nuko Elechababu Muzinyegeza Zoberakako Niwanyu Hagwaye Kuko Abarundi Baragowe Gufatinde Ge Nivyomwabonye Kobizogarukana Amahoro Muburundi? Abarundi Mwabwirwa Nuko Mutumva .Leka Akungu Ese Kotuzi Kabasoda Kacungera Umutekano Mugihugu Kirimwintambara Muburundi Ikaba Ihari Abanye Somaria Nibobogucungira Umutekano Ni Wanyumuwubuze? Ese Gukunda Somaria Ukibagirwa Igihugu Cawe Nuko Elechababu Muzinyegeza Zoberakako Niwanyu Hagwaye Kuko Abarundi Baragowe Gufatinde Ge Nivyomwabonye Kobizogarukana Amahoro Muburundi? Abarundi Mwabwirwa Nuko Mutumva .Leka Akungu Abatwenge

  • Nimuberure Amachapo Yabamwarimuzi Konabarundi Bashaka Amhoro

  • Abarundi Barakomeye Raba Nkizo Ntwari .Atari Izo Nkozi Z,ikibi Ziriko Zironona Bizotebabihere

  • Komerakumuheto.Nimurenke Abavugabavunge Ndukomeze Umundungo.

  • tubifurije imirimo myiza.

  • reka mumaramare ,mwari mwavuzeko zirukanywe noneho ngizo izindi ziragiye.iyo ntambara nayo uvuga iri mu burundi yatanguriye mu mutima iwawe izoherera aho nyene.

  • reka mumaramare ,mwari mwavuzeko zirukanywe noneho ngizo izindi ziragiye.iyo ntambara nayo uvuga iri mu burundi yatanguriye mu mutima iwawe izoherera aho nyene.

  • reka mumaramare ,mwari mwavuzeko zirukanywe noneho ngizo izindi ziragiye.iyo ntambara nayo uvuga iri mu burundi yatanguriye mu mutima iwawe izoherera aho nyene.

  • hahahah ewe Peter Nkurumbi ufise indambi,ariko umenye ko izoguhumirape,ehe raba abasirika b’uburundi ubarungitse muri somalia kugarukana umutekano wa rubanda natwe iwacu atamitakano uhari,mbe none se umutekano uzogarukanwa nande??Eehh sorry nihenze Peter Nkurumbi numvise ko ico kibazo warangije kugitorera umuti,sinumva winjije interahamwe na FDLR mu burundi kandi ndakwemera wewe waciye ubona umwansi wawe kare maze uca ubashira kumbibe zu rwanda hahahahaha Peter uri imbwa iyo uva ukagera,aho nukurondera gusa inge uburundi n’urwanda bicanamwo??sha namba ariwo mugambi ufise bimenyeshe abanyagihugu ubahe impapuro y’inzira bihungire maze uce ugarura abo basirikare ukodesha muri somalia uce uhamagara interamwe na FDLR zose maze mutane mumitwe utsinda uwundi azoce ayobora ibigu vyose uko ari bibiri nakare n’udusurira tw’bihugu..Peter ariko uri ikijuju kweli kuko imikenyuro ukenyura yose imenyeka utaranayishira mungiro,mbe ko mbona ufise ibinwa binini birakugora kubifunga kuburyo utokwibikira ibanga??uri ikigugu nugende

  • courageeeeee!!!soyez fier de votre pays!!!!!!

  • komera ariko uwo muntu a critiqua SE NKURUNZIZA nta ndero agira kandi ngira avyandika yanyoye urumogi.

  • NONE PETER MUREKE UWUTAMUSHAKA ARATORA UWASHAKA REKA UWO MUTAMA.

  • uwo muntu ongeya ari muri bamw twumva birirwa barasoma kuri marijuana ivyo uvuga nawe navyo uzi Mutama Ndadaye ntimwamuhoye mandat mukumbuy abo mwica

  • Gaspal Baratuza, iryonizina rymuvugizi wigisirikare cigihugucacu ariko kubwivyiza abasirikare bigihugucacu bakoreye benewacu baba Somalia, hariho umu Somalia mugushimira abasirikare bu Burundi yahizemwo kwita umwanawiwe Gaspal Baratuza. Basirikare Bigihuhu cacu turabakunda turabashigikiye twariyemeje gukunda bagenzibacu nkuko natwe twikunda. Hanyuma uwavuze ngontibaribakwiye kugendagufasha ngokandi mugihugu cabo kirimwo intambara nashaka kumubaza nti: Wotubwira abateye igihugu cuburundi ukanatubwira intara canke komine, ekambese numutumba barimwo abuvuga bakenewe kurwanywa nabasirikare bagiyegufasha ahandimubindibihugu?

  • Nagomba mvuge mpanura uwo muntu yiyita Ongeya ko atandero nankeya afise,gushikiriza iciyumviro murupfasoni nivyo vyoguhesha agaciro,wumva utukany harico wunguka?va ibuzimu ujibuntu wubah umuntu uwariwe wese umukuru n’umuto uzoba wiyubahirije,

  • NUBARUNGIKE NIVYO VYAWE UZOCA UBWENGE RYARI?SHA ABAGUHENDA BIZOGARAGARA REKA MUKORANE NINTERAHAMW UZOBA UMBWRA!

  • @ Ongeya

    Hahah pole sana biraboneka ko zamaze gukoranako mwa!!None nkawewekowita mukibazo c’Uburundikandi uri umunyarwanda bite vyawe sha!Ico mbona co nuko biboneka ko woba urwaye mumutwe canke warerewe muri toilette zaho Kigali iwanyu!!No kwiyahura uzokwiyahura kuko Peter we uzoguma umubona

  • EWE MUNTU UVUGAKO MU BURUNDI HARI UMUTEKANO NTAMUTIMA UFISE URIGISHOSHONGERE PE!MBE KOMUBARUNGITSE ZA NTERAHAMWE MWARAHEJEJ KUZIPANGA MUZOBA MUMBWIRA!SHA MWARI MUKWIYE GUKANUZA AMASO Y’UMUTIMA!

  • Mbegasha! Hotwara Abatutsi Bakabagabira Cndd-fdd Mwokubita Agati Muryinyo Ngo Nisawa. Wonsigurira Intagoheka. Peter Atitoje Nahonyene Ntamututsi Azosubirara Gutwara Mugifise 14pourcent Kuri85 Hutu,

  • Urugendogwiza Benewa Imana Abayobore.Natwedu Sigaranyigihugu.

  • nimujye kwicira amahera bana bacu , nubwo hari bamwe vyababaje kuko Peter aberetse ko muri ONU bafite uko babona ibintu bihushanye nuko bo babibona.iyo ntambara mwifuriza abarundi izohere mumitima yanyu.

  • ukurikije ivyo hanzaha bariko bavuga,ikigikorwa kirateye ishema uburundi.gusa hari benshi batavyishimiye bitewe no kudakunda igihugu. nimugende mwicire amahera bana bacu.

  • Ha! Ivyo Mu Burundi Ni Urusobangane!

  • Banks mutants commentate murantweza mwebwe mwibazako muzosubira kumara about babysits nka 72 barabashuka icomwomenya nuko amase yakera atagihoma urutaro. Muminsiheze mwavugango seasons babirukanye nonubu nah brighter suite minute nah umutekano niwose kuko igihugu simurararya ma quarter akimbo akajagari kandy avatars avicenna neza

  • Jewe biraryoheye kumva yuko barungitse abandi kubera mutahashize hagaragara abavyiyumvirako vyishi nibature baruhuke imana izoguma ibikora

  • Ariko abarundi muzi gutukana gusa,ubujiji,ivyomukora ntantumbero bifise,none hahaha,izo mbonera kure zigiye gushakira amahoro zozo zidafise???canke nugusuma nogusambanya abasomalia???plz be logical and focused people.Sisi hapa Rwanda tunateseka kwa matatizo yainchi yenu,kwanini msitafute njia ya amani badala yakutafuta pesa za umoja wa mataifa,amani imewashinda,mmhhh.

  • mahoro

    nagira mbanuro uwo wese yipfuriza inabi abandi , sivyo yezu yaducunguriye ku musaraba twese aradukunda kandi ntuze uvuge ngo ukunda imana wanka mu genzawe.

  • @ongea wibaza ko uwokurondera atogutora??? kirazira gukora mujisho ryintare. umukuru wigihugu se barundi reka kumwiyumvira sha. ivyuvuga ubifitiye ubuhamya? reka kwivanga sha!!

  • peter akwiye kwiyumvira!ntiyagiye mwishamba kuberi intwaro zagahotoro?none abasumbijiki?

  • Mbe Ibiri Muburund Bizohera Ryari? Abarundi Twarush Imana N’ituruhure Idutabare

  • AHUBWO ABO BASIRIKARE NIBBZE KUK NIWABO NTAMAHORO AHARI

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.