IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abasirikare ba ONU bashobora kurungikwa mu Burundi

Abasirikare ba ONU bashobora kurungikwa mu Burundi

jeudi 12 Munyonyo 2015, par egide

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rimenyesha ko hashobora kurungikwa mu Burundi abasirikare ba ONU (Casques bleus), mu gihe ubwicanyi bwobandanya kwiyongera mu Burundi.

Mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bamenyesha ko abo basirikare bashobora kurungikwa mu Burundi baciye muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo. N’ubumwe bwa Afrika buragabisha ko bushobora kurungika abasirikare bacungera amahoro n’umutekano, bongere barinde Uburundi ubwicanyi bw’ikivunga bushobora kwaduka.

Tubamenyeshe ko bitegekanijwe ko kuri uwu wa kane inama ijejwe umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ihava itora itegeko ku Burundi, kw’isaha imwe n’iminota cumi n’itanu z’ijoro mu masaha y’i Bujumbura.


IGIHE

Messages

  • ONU jewe sinemeranya nayo!Abasirikare baza ngo guhagarikira amahoro?Baje kurwanya abirirwa bica abantu aho ni sawa.Ikibazo co mu Burundi ataguhengama gifatiye ku ntwaro mbi,itumvirira abatwarwa,idahana,irya ibiturire kumurango n,ijoro,ihenda abanyagihugu batobato ubonako aribo benshi vyoroshe no guhenda,ikindi ni 3e mandat haribindi wibaza?Nne Abo Basirikare Bazobaje Kurwanya Ivyo?

  • nibaze ariko bazoze barasa badukize injamvyi za cndd fdd kuko nizo zateye aya mabi mu burundi yo gushaka kutava kungoma kandi imyaka 10 yemezwa namasezerano ya arushya nibwirizwashingiro yaraheze.abanwanyi ba cndd fdd bose nibijuju kuburyo ntawundi yoserukira umugambwe cndd fdd nkumukuru w igihugu?Nkurunziza aramaze abarundi peeeeeeee

  • Bishoboka Tabara Abarundi Kuko Aho Tugeze Saho Kuvuga

  • boherejeyo umufaransa kaba kabaye haca hamera nko muri Libia,

  • Bananiwe muri congo ngo baza mu burundi mufyetumukoni ntibishoboka

  • Tabara tabara umugambi bishinze woguhonya abatutsi ntube kuko murazi kwari bake...izonyanka burundi ntizihonye ubwoko bw,Imana

  • ABARUNDITARARUSHE, NIBAZE, NAKARENTANZEGOTWARIDUFISE, KUKOIYOZIBAZIHARI, NTIBIBABIGEZENGAHA, KAREUNU YATABARA, INTANBARA,YAGWASANAPIYERI, NABUYOYA, NONEUBUPIYERIAGWANANANDE?, NONEIMBONERAKURE, ZATEYE?INTERAHAMWEZATEYE?IGIPORISICATEYE? RETANIRABENEZA, YARONONEKAYE, ISHAJENABIPE

  • Hahaha Amakungu Arakunda Uburundi Kabisa!!Abarundi Turakwiy Gutegera Ko Dutegerezwa Kwitunganiriza Uburundi Bwacu.Nayo Abo Banyamerika N’uburayi Nta Nkeka Ko Hari Inyungu Barondera Kuburundi.

  • NIBAZA KUNGUVU TUBAVUGUTIRUMUTI HARINTAMBARA BABONA MUBURUNDI BAGOMBAKWUNYURA NAMAHORO TWARIDUFISE

  • NIBAZA KUNGUVU TUBAVUGUTIRUMUTI HARINTAMBARA BABONA MUBURUNDI BAGOMBAKWUNYURA NAMAHORO TWARIDUFISE

  • ahubwo baratevye kuza kudutabara

  • MBENON,ABOBASOD,BA ONU KONZIKO,BAJA,IYOBABASAVY HARINTAMBARA!NONE MUBURUND BAJEGUKORIKI?BASABWENANDE? HOBAHARINTAMBARA?TUBAMIRIY KURE,ABONIBONYEN,BAZOBABAJ GUKOKEZA,NOGUTANGA,AMAKURU YIKINYOMA.MURAGABA MUBURUNDI,MURATEWE!!!!

  • ubwo bwicanyi muburundi mutwipfuriza muzorinda muja munda yisi atabwo mubonye abarundi twese dufatanye munda ariko namba mubarungitse kwongera gukora ubumaraya nkabamwe bubwambere nibaze karibu.

  • twebwe abene gihugu dusavye reta itegure umusi dukore inyiyerekano yo kwiyamiriza abo bazungu bagomba kuza kuza kugira jeneside muburundi ndababwizukuri abamaze gupfa nibo bake kubagiye gupfa munyuma komugiye kwimika kagame ngatware akarere muzobikora nkuko mwagize ribiya ntamahoro aramba azoboneka muraka karere uburundi bwonyene nibwo bwahinduye amategeko mbe tweho presida wacu ntitumukunda amakungu ashigikiye amakartiye atatu ngo yicare kubarundi bose nimureke izonyungu murondera muburundi ntimurinde gukoramaraso yabarundi ngo nubutare tuzobubaha nanzi ko arimwe mubuhingura ariko kagame ivyokora twarabimenye ko adandaza ubutare atari rwiwe kongo vyaramukundi mumusikana kubutegeti none atandukiye uburundi ntaco iyiganje yinya izindi zibona koresha ingufu mufise muducinyize ariko hari ubaruta mwese niwe atanga ubutegetsi n’IMANA iri mwijuru

  • Ahubwo Omu Yariyatevy Kuk Uburund Bugeze Ahatemba Imana Yama Ifasha Uburu Ndi Ukunye Mwarabony Ivyabaye 1972 Nivyo Riko Biraba Ubu Ngir Umutek Wo Tera Imber .

  • Ntabanyamahanga bakenewe mu Burundi. Hakenewe amafranga yo kurwanya nyabuna ubukene!! Natwe dufasha abandi kugarukana umutekano!!

  • Ntawundi ashobora gukiza Uburundi n’abarundi atari umuremyi wacu. Abicisha henshi,kumbure inyishu yova muri izo ngingo. Twizigira kandi urukiza reacu ruregereje.Tugira dutabaruke maze dutambe

  • Nibaze batabare hakiri kare imbonerakure n’interahamwe ntizimare abantu.

  • nibaze bongere bahe amahera imaraya zongaha,naho kugarura amahoro ntavyo mbonye ngaha, kereka nibajya mumaquartie 4 gusa, bagafatanya nigipolice gusaka inkoho,bakazana ikorana buhinga rigezweho.

  • Niyumvira ko atakurindira ngo ubwicanyi bwongerekane. Ubuhari burabaye kandi burarengeje!

  • REKAMAJAMBO, UNU IRABISHOBOYE, IVYOMWITAMANANIZA, BIRASHOBOKA?MPUZAMAKUNGUMWUMVA NTACAINANIYE? ABADADIKANIBADADIKE TURABE? UBUHERUKAYARAFASHIJE NYAKWUBAHWA, NABEREKEMUTAKURA, NAHANDI, BAMUFASHEGUSAKA, JEWEIGIPORISI SINDACIZEYE, BARAMAZEKWONONEKARA, NTAUKIBAMENYA, BARIMICEMYISHI, NIBISUMAVYAMBARANKABO, ABICANYIBAMBARAUKONYENE, NIBIKEBUKE, BAREKEKWITWAIMBONERAKURE, KANDIARINZEGO NIBITANDUKANYENAYOMABI BIHAGATEKA, ABATAYUMURONGO, BAVEMUKAZI, KABANANIYE, BAREKEGUCAFUZAIGIHUGU, ,ZURUBA, WARASHAJE, NUMUDRINGI, UKWIYEKUVAMUKAZI, WOBURINOMUBATOBA,IGIHUGU, JEWENDAKUZI, HEBUMUDRINGI,

  • none ubulundi bugiye k uba ubande natwe tuli mugihugu tuzojahe am akungunakole kuko pit a ntahanugwa none af yu yesinobabala ahub wo amakungu nakole a zoba akoze pita nalab ile kuli tanza nia

  • EGO CANE MBERE NIBARUNGIKWE VUBA KUGIRA NKURUMBI ACE AKINJURA MUMAGURU MASHA CNARED ICIRAMUTSWA UBURUNDI

  • Hhhh abarundi mugira amagambo gusa ubutare mufise nubuhe Kandi arimwe pay yambere ikennye Kwisi?

  • nI BANYARUKE, Peter yanka yakunda, turakeneye ko abacu barekwa kwicwa nk’abana b’Imbeba. Ejo hazoba ari kera. Nimba bataje ubu nyene ntibaze baze. Peter ariko arabandanya kwica. Reverien atwara SENAT yaraye abwiye abanya Kirundo gutema abatutsi boose be n’abahutu batumva imigambi yabo, mugihe hogira uwica Peter. Naho yokwicwa n’aba DD, abatutsi bazoca bahona. yaraye abivugiye mu Kirundo aho musitanteri w’umututsi atemerewe kwinjira mu nama.
    Agiye kubandanya abimenyasha hooose mu gihugu abwira aba dd n,imbonerahafi be N’Interahamwe n’aba FDLR babacangera ari nabo bamaze imisi bafadikanya i Bujumbura mu kunyuruza no kwica aba jeunes ba babatutsi. Ivyo ni uko bimeze, hama ngo ONU igiye kurungika inteko mu ghe Peter yobandanya, kandi ata joro canke umusi uhera batanize abantu.

  • Murabe maso bene burundi nuko vyatanguye murwanda miri za mirongicenda nakane iyo UN ntakindi ijejwe kwisi atarugucanamwo abobanyepolitike nabo bari inyuma yabo bicanyi nabansi bigihugu, barundi vire hasi rimwe mwiyamirize iryobara, naho nkurunziza yorekura nabandi bazoza basongera igikuru nuko twese hamwe abarundi twokwerekana umutima wurukundo dufise hagati yacu hanyuma rugiravyose agahezagira igihugu catwibarutse ahandiho tuzoryana gushika ryari kundane hariranire ibagirakahise ubumwe busasagare murakoze

  • Ewe Mana Tabara Ubwoko Bwaw Nayahandi Kubwa Nkurunziza Nabaja Biw Ntiturica Ingabo Mpuzamakungu Za ONU Tuzisavy Kwihuta Ariko Zize Zidukurako Ayamavubi Ya Petero Mukuyarasa Amasoro Menshi Menshi Kugira Arek Ubwoko Bw’IMANA

  • TURAHAYEIKAZE INTEKOMPUZAMAKUNGU, UNU ZIDUFASHEKWERI KUGARUKANUMUTEKANO KAZEMUBURUNDI, , MWARIMWATEVYE, KUVAHOVYAYANGARIYE, TABARA, NYARAGASA

  • Abo ba dd ngo barwaniye democratie none nibo bayankirije, mukwanka amasezerano y’i Arusha na constitution y’i Burundi. Hama batanguye kuvuga Ububirigi ngo nibwo bwazanye amacakubiri, ni’ibindi. kuva 2005 bari ku butegetsi ubu niho babivuga, kugira banyegeze ishano bariko bakorera abarundi, basamaze amakungu kandi inganda zirirwa zirasasirwa. Tabara tabara abantu barahonye, icibagiwe co ni aba jeune b’abatutsi. Ariko bazovyishura ndakurahiye, rindira gato. Dusavye amakungu gutangiriza ntibaze bahunge canke ngo bahungishe ababo nkuko bariko barabigira.

  • Ubwo Ntabwo Bazaba Bazanywe Nokwica Abarund?Igisirikare C’uburundi Cananiwe?Murahagbir!Kuk Ingab Zuburund Zirashoye.

  • ESE MUBURUND NTAGISIRIKAR GIHARI KOMURINDA KURUNGIKA UN?NIMUREKE UBURUND BWIKORERE!

  • Nimaze natwe abamaraya twironkere inoti

  • nyarukana turagowe mu burundi.

  • Ntibazino Ntantambara Turimwo Abo Nibansumirinda Nabangushi Nabaza Gucibihumbu Abana Bacu Batwononera Abakobwa Ntakindi

  • BARUNDI BARUNDIKAZI CANE CANE ABAYOBOZI B’IBURUNDI murabe maso izi ngabo za ONU nizo zigiye gutanga u BURUNDI mu maboko y’abanzi b’I BURUNDI.
    Akarorero ni mu RWANDA muri 1994 abaturarwanda bose bari bashyigikiye ubutegetsi ari ku rugamba ndetse no muri politiki ariko INGABO za ONU nizo zatangaga intwaro rwihishwa zigashigikira KAGAME mu ibanga.
    Izi ngabo zirabasaba yuko mwitegura ngo mutazangwa MU MUTEGO U RWANDA ku gihe cya HABYALIMANA rwaguyemo. INGABO ZA ONU zakoranaga na FPR ya KAGAME, zikavuga ngo zigiye kuvoma amazi kandi zizanye INKOTANYI mu murwa i KIGALI. INGABO za ONU zinjije intwaro nyinshi i KIGALI ndakeka yuko iyi ari GAHUNDA Y’ABAZUNGU bari kubona yuko PETERO NKURUNZIZA yabananiye.
    Mwitondere cane izo NGABO ZA ONU ndabwira CNNDD FDD ngo mugomba kwitegura mu bwitonzi kuko muri izi ngabo hazamo complicite nyinshi kandi ikomeye.
    FPR ya KAGAME yakoresheje cane ZA MARAYA zikaza mu basirikare ba ONU iyo ni imwe mu INTWARO ikomeye .
    INGABO za ONU zizakorana n’utugwi dushaka gutembagaza UBUTEGETSI MU IBANGA .AHA rero KAGAME yariye niho agiye kubonera PETERO NKURUNZIZA
    akazamufata mpiri.
    URU RUGAMBA mwirwigeho cane. UMUGENERALI WO MURI CANADA witwa DALLAIRE niwe watanze u RWANDA akorana cane na AMERIKA N’UBWONGEREZA niyo mpamvu mu RWANDA twasezereye n’IGIFARANSA
    ibintu bitangiye gukomera NTIBAZABAHENDE MUZABEREKE YUKO MURI ABAGABO BAKUNDA IGIHUGU CANYU
    MUREBE MURI CONGO ingabo za ONU zimaze imyaka 20 zakoze iki se AKAVUYO no kwiba diyama, zahabu no mu BURUNDI ONU ntabwo ije kubere URUKUNDO rw’ABARUNDI BARI GUPFA AHUBWO NI NICKEL YA MUSONGATI no kugira ngo u BURUNDI BUZAJYE MURI EMPIRE HIMA TUTSI

  • muburundi mutegekanyiki kugiraturonkamahoro kugirangonubutegetsi buhinduke inyishu

  • gutara kare nivyo vyiza hama hagakurikira gusabikanya ivyigihugu. Uwakoze amahano akabibazwa. Niyo mahoro twipfuza

  • MWARI MWARINDIRIKI? UMUNTU UMWE ARASHOBORAGUTUMA IGIHUGU COSE GIHONA IVYABOTWARABINYUYE, BAGOMBAKOTWO NGERAGUTEMA. NAVEKO ABISE ABANDI ABASHINGANTAHE DUFISE BENSHI. NTABIRE URWITWAZO NAJE KURIMA AMAVOKA.

  • Barabe ntibaze kuduhonya boba bakoze

  • Turshimye Ingingo Ya Un Ahubwo Nibanyarke

  • Ndashigikiye iyongingo ya ONU yokurungika Ingabo hano mu Burundi, kuko ibiriko bikorerwa abanya gihugu biteye ubwoba. iyo nterahamwe nayo ya nditsi ahoharuguru ngo abarundi ntibemere kwabasirikare mpuzamakungu kobatokwijirajira,ngo mu rwanda bashigikiye Kagame,mbega riryahonyabwoko mwariko murakora, atarigipfamutima nkamwe ninde yobashigikiye? wi bazasha ngukunduburundi. nayo muriko mukorera barundi mukubica, bikabandanya uku vyokwica abanyagihugu nkuko bariko barabikora bazokwijira kunguvu. ndibaza izinkozi zibibi ntanguvu bafise zishikira za Sadam amanyama yarabaheranye.

  • Burundi nta gisoda bafise, wogira barabira abantu bapfa gusa. just wait, siku NKURUNZIZA atakaporusha risasi rwanda atajuwa kilicho mtoa Kanga manyoya!!!!!!!!!!

  • Ingingo y ishirahamwe mpuza amakungu UN nta murundi wumutima atoyishigikira ahubwo turasavye batabare hakiri Kare ,Nkurunziza turamukeneye mubutungane yishure abana bigihugu yakoreye ikidakorerwa abantu.

  • Mbebazobabajekurwa napitankurunziza konzi atanumwemwe arewerakarongeye umurwi urwanyarembe abarwanyinibobaseba abasirikaremvamakungu cankenireta konanereta atoboyasavyebazakugiriki abaseranguzibutubwira icobajegukora abarundibumutima murabemaso abonabarwanyibanyangomabajegutera uburundi badutwarenubutarebwacu.

  • mbe,hoba hari ihonyabwoko risumba iririko rikorwa muri Libiya,siriya,nahandi,,, reka kwireshangishwa kubarundi kandi muriko mukorera sekibi, Mwese Umutware wanyu ni umwe yagarariza kuva muntango, uwubitezeko urukiza nazeruke.....

  • NARABE ABISE ABANDI IVYOYATWAYETWARABIBONYE NTAVYODUKENEYEKANDI.ABAZIGUTWARANEZA BARIHO.UBONA YAMARIYE IKI UBURUNDI?ATARUKUBUSAHURAGUSA NAJEHIYOSHAA AREKEKWIGIRA UMUNTUAZI IBINTU NAWE ATANAKIMWE AZI.

  • Ariko muratweza kweri.Mubona u Burundi bworwana nu Rwanda?Son E.Kagame yorungika abana bavukiye mu Burundi bahazi gusumba uyo mumanuka Nkuru .yahaje aje kwiga .Uwurukarije ... nimuheraheje mwebwe mwiyita ingona.

  • ico c’iyumviro cofasha mugabo dusavye ko batoza gusugura inzego zacu ahubwo bofashanya gukora nenz ubuhinga bigishijwe

  • ico c’iyumviro cofasha mugabo dusavye ko batoza gusugura inzego zacu ahubwo bofashanya gukora nenz ubuhinga bigishijwe kandi dusabe ntitware kur bashiki bacu tura ingene vyagenze kubaheruka kugenda

  • Nibaze Turabe Igihinduka!Tubarindiranye Igishika

  • Abobo boba bajegukoriki harumundi arimwo aricwa canke bababwiyeyuko murundi atabasirikarebahari nibatuze ubwenge bwabo twarabumenye uburundi nubwo abarundi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.